Kugira umugambi wo kurondoka ku rugero utere intambwe n’iterambere ku gihugu ntirinigirwe mu menshi, abarongoye abandi bakwiye kuwuja imbere haba mu ntwaro...
Kuba imirongo yerekana urubibe rw’inzira zagenewe abagenda n’amaguru iriko irafudika, ahandi na ho ugasanga hateretse ingunguru z’umusenyi, bisigaye ari bimwe mu bituma...
Mu bona gute hamwe twotereza akajisho ku bifungurwa bitekwa ku mashure y’uburaro, ku mashure y’akarorero, mu bigo vya Kaminuza canke vy’igiporisi n’igisoda?...
Nimba hari urubanza rusosera umusore mu zibera iwabo w’umwigeme inyuma yo gukwa, urwo yitegana igishika n’akayabagu kenshikenshi, ni urwo: umusore ashikanirwa isake...
Urwaruka rurakwiye gukurana umutima runtu, rukaruka ruzi akamaro n’ikibanza ntangere umukenyezi afise mw’iterambere ry’imiryango n’igihugu. Ariko rero ngo ntaterambere rishoboka at’amahoro ahari....
Mu mezi icenda aheze, igitigiri c’abana bafashwa n’ishirahamwe Foi en action carongerekanye: bavuye ku 2070 bashika 4518. Ingo zahawe inyigisho zitandukanye na...
Mu kibano aho duherereye turamaze kwumva imvugo igira ngo « nta mugabo atavyara ». Ikinyamakuru Jimbere caregereye umuhinga mu mico n’akaranga aratuyagira...
Kuva muri ruheshi umwaka wa 2019, amazu ane ariyo TIPC, KLK, UBUCOM na BESCO ni yo yashoboye kugiriranira amasezerano na Regideso kugira...
Abantu benshi bakunze kubona uburobe bukubiye mu mutoto ariko ntibazi ngo butegurwa gute. Bavuga ko ata co bwungura mu mubiri, ariko bukama...
Ishirahamwe Care Burundi ryaratunganije kuri uyu wa 12 kigarama,mu gisagara ca Bujumbura, uruganda rw’umwihwezo w’ivyitegererezo vya Care, mu mugambi wiswe «win-win» twuzuzanye,...