Barya ba mama badandaza imboga n’ivyamwa, tubacako turengana,iyo tubashoreye naho, mukudindiza ku giciro tukiva inyuma. Naho ntari busume naramuyagishije. Uwo mukenyezi,...
Ishirahamwe ODEDIM CARITAS Muyinga rifadikanije na Caritas mpuzamakungu y’Ububirigi bari bakoranije abanyagihugu itariki 16 Ruhuhuma 2022 bo ku mutumba wa Kigina muri...
Mu kirundi, bagira bati: « Indero y’umwana iva hasi ». Ntivyizana. Abavyeyi bamutoza ingeso nziza ataranamenya ico bamubwiriza, agakura azi ikizira n’ikitazira, akagendera indero...
Narakize S. yari yarubakanye n’umugabo, maze imibano yabo ntiyabandanya , barateba baravana mumwaka w’1998. Iynyishu y’uko agendana umugera wa SIDA mu 2000...
Uza wumva ngo kora iki, ja aha, nzanira iki, umwana ntatevye gukora ivyo nyina amubwiye kumbure kubera ko yarushe, ukumva ngo wa...
Umuntu agendana umugera utera ingwara ya Sida arubaka n’umuntu atawufise ntawumwanduze, kandi aravyara n’umwana akarinda akura atanduye uwo mugera mu gihe bagiye...
Ni gute umwana yokwirinda gukoresha amajambo abiba urwanko n’umwikeko mu kibano mu gihe yama ariko ayabwirwa n’abavyeyi biwe, akama yayumvise mu muryango,...
Muri komine Mpinga-Kayove, uwuserukira ishirahamwe ActionAid ku rwego rw’igihugu Almamo Barrow arikumwe n’abo bakorana mu ntara ya Rutana kuri uwu wa 17...
Abahungu canke abagabo batari bake bariyemeza gukora ibintu nka vyose mu rukundo canke mu ngo kugira berekane ko bashoboye. Utuntu twose dusaba...
Ku matariki ya 28 gushika 30 Nyakanga 2021 kuri « La Détente » mu gisagara ca Bujumbura, amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya poritike akorera mu...