Mu mwaka wa 2015, ibitigiri vy’ abana bihereza ibiyayuramutwe vyangana 150. Inyuma y imyaka 4 gusa, ivyo bitigiri bigeze hagati ya 230...
Jean Baptiste Ntahokaja, mu gitabu ciwe yise « Imigenzo y’ikirundi 1978» ngo kuva kera na rindi umushingantahe yaratorwa ariko babanza ku muca...
Mu gihe buri wa 9 gitugutu hama hahimbazwa umunsi mpuzamakungu wahariwe abamugaye, hari abanyagihugu bafise ubumuga bwo ku mubiri bo muri komine...
Imwe mu miryango y’abatwa baba muri zone Buterere, komine Ntahangwa mu ntara ya Bujumbura, barugarijwe nʹikibazo co kubura aho bakika umusaya. Bakaba...
Amafaranga yababa imiriyoni zitanu ni yo imiryango yifise yabuze umuntu canecane iyo mu gisagara ca Bujumbura yegeraniriza umupfu, uhereye ku kumusiga ugashitsa...
Naho ata bibitigiri vy’abagendana ubumuga bwo kutumva birakorwa mu Burundi, haribonekeza mu ntara zose abana bafise ubumuga bwo kutumva no kutavuga. Ni...
Kwandikisha umwana akivuka ni kimwe mu burenganzira bwiwe nkuko amategeko mpuzamakungu yubahiriza agateka k’abana abivuga. Naho biri uko haracibonekeza abantu bataratahura akamaro...
Amafaranga y’amanyaburaya ibihumbi 23 ni yo ubuserukizi bw’igihugu c’Ubufaransa mu Burundi bwaronkeje ishirahamwe ry’abanyamwema OPAB mu mwaka wa 2018. Hakaba hari mu...
« Abavyeyi bafise abana bagendana ubumuga bwo kutumva ntibavuge barakwiye kwijukira kwiga imvugo zikoresha ibimenyetso mu ntumbero yo guha ikibanza abo bana haba...
Mu gihe ururimi rw’igiswahili rugishika mu Burundi rwakiriwe nk’ururimi rw’abambuzi, ubu ho urwaruka rutari ruke na canecane urukiri ku ntebe y’ishure rwarwijukiye....