Mu Burundi, hari ibikoko vyinshi. Ariko nta kirya inomero imbwa mu gusuzugurika ku buryo kugereranya umuntu na yo bingana igitutsi gikomeye. Naho...
Vyashikirijwe n’umuyobozi nshingwabikorwa w’ikigo PAM kw’isi, David Beasley, aho yari yagendeye kuri uwu wa 13 Nzero 2020, ishure Gitamo riri mu ntara...
Hari abakinda bagaramye, abakinda badida udutsintsiri hasi hakaba n’abadida inkokora n’agakomokomo hasi. Mu gihe abandi bahinga bishimira imyuga yabo, bakayishimira mbere bagatunganya...
Kw’igenekerezo rya 10 Kigarama, mu Gatumba, umushikiranganji w’ubudandaji, amahinguriro n’ingenzi, Jean Marie Niyokindi yatanguje icese umugambi «Menyesha ntere imbere» ugizwe n’abakenyezi bahora...
Kuva kuri uwu wa 9 kigarama, abashoferi bunguruza abantu n’ibintu bagiye kuza barakoresha agatabu ndangamuduga bita «Carnet de bord securisé» hamwe na...
Naho ibiharuro vy’abagendana umugera wa Sida vyagiye biragabanuka ku rugero rwiza muri rusangi (vyavuye kubice 6% mu 2002, bija ku 0,9% mu...
Abajishi b’ibiseke, abakora ibirato, abasudirizi, eka abarundi b’ubuhinga butandukanye muri rusangi ni bo urwo runani rwaje rugana mu ntumbero yo guhesha agaciro...
Abanyeshure 13.500 bo mu ntara ya Gitega ni bo bagiye kuzohora baronswa imfunguro y’amata ingana na miriritiro 250, kabiri kabiri ku ndwi,...
Amashirahamwe y’abigenga akorera mu Burundi mu bisata vyo guhingura ingaburo agiye kuja hamwe mu ntumbero yo guteza imbere ico gisata. Vyashikirijwe na...
Inyuma y’aho abanyeshure bo muri kaminuza y’Uburundi baboneye ihindagurika ry’ibiciro vy’uturesi twavuye ku 700F tugasimbira ku 3000F, amafaranga bakatwa ku kwezi akava...