Kiretse ibiterwa bimwe bimwe biri mu mugwi w’ibinyamikerera nk’ibiharage bisanzwe bitarinda amazi menshi, umwimbu w’agatasi k’umwaka wa 2019-2020 wagenze neza nk’uko vyemezwa...
Abatari bake mu rwaruka rw’abahungu,ngo bisiramuza kubw’agakuku canke akosho, abandi na bo bakabigira kuko idini ribibategereza. Muganga Pascal Minani we, amenyesha ko...
Mu ntumbero yo kworohereza abadandaza b’abarundi kuronka amakuru ajanye n’ubudandaji ku gihe, reta y’Uburundi ifadikanije n’ikigo mpuzamakungu kiraba ivy’ubudandaji ITC na CNUCED,...
Urumva nyene, ni za nyama, za papayi, ya mavoka, na wa mukeke muzi. Dani-Kasembe, umuhinga-munyamyuga wo mu ntara ya Rumonge abishushanya mw’ibumba...
Nimba hari urubanza rusosera umusore mu zibera iwabo w’umwigeme inyuma yo gukwa, urwo yitegana igishika n’akayabagu kenshikenshi, ni urwo: umusore ashikanirwa isake...
Ubujorojoro ni ubusa. Ng’iyi ya tariki 8 y’ukwezi kwa 2 ihagarika burundu ikoreshwa ry’utumwanya irageze. Mbega utwo iryo sango buca risanga mu...
Mu ntumbero yo kwitegurira kuvugutira umuti inzige hamwe zotera mu Burundi, reta y’Uburundi ibicishije mu bushikiranganji bw’uburimyi, ubworozi n’ibidukikije ihamagarira abanyagihugu kuzozitoragura...
Amajambere arakaza. Ariko none burya kuyabangikanya n’ubuhinga kama ntivyoshoboka ? Dufatire ku mwuga wo kubumba. Uwowambika akandi karangi, ntiwohava utanga agafaranga gusumba ako...
Mu gihe hari abavyeyi batari bake biyabira ko bagura imiti iyo bagiye kwibaruka kandi reta yariyemereye ko bazohora bakirwa ku buntu ndetse...
Isizeni ya 2019-2020 buca irangira aho bukera mu kwezi kwa Ntwarante, yibonekejemwo umwimbu muke: amatoni 47 845,6 Ku yababa 75 930 yari...