N’igihe abazungu batari bwaze mu Burundi, Abarundi bari bafise uko bagera ibintu canke ahantu. Bakoresheje ubuhinga bwabo, uburemere, uburebure, ubwaguke n’ibindi vyose...
Kuva ku mugoroba wo kuri uyu wa kane kw’igenekerezo ryo ku wa 18 mukakaro, gushika mu gatondo ko kuri uwu wa gatanu,...
Izi bisi zirerurira abantu 100 icarimwe. Buca zitangura guseha abiyunguruza kuva kuri uyu wa gatandatu, kw’igenekerezo ryo kuwa 20 mukakaro, nk’uko mu...
Umuzo w’imiduga minini yunguruza abantu mu gisagara ca Bujumbura urahagaritse imitima abasanzwe bakoresha imiduga mitomito yo mu bwoko bwa ‘Hiace’. Ni mu...
Mu gihe abanyeshure bamaze imyaka ibiri n’iyirenga bahejeje amashure yabo ya kaminuza y’Uburundi bidoga ko batararonswa impapuro z’imitsindo zabo, umuyobozi w’inyigisho mur’iryo...
Abakozi bakorera amashirahamwe ajejwe gusukura igisagara ca Bujumbura baritabariza mu gusaba ababakoresha ibikoresho vyo kwikingira ku mazuru eka mbere bagahabwa n’ibibakingira mu...
Mu gihe Ubushikiranganji bw’Amagara y’abantu bumaze iminsi busigurira ababa mu Burundi ico Ebola ari co, ibimenyetso vyayo, uko yandukira n’ingene boyirinda mu...
Kuronsa abarimyi ifumbire, gutunganya imyonga n’imisozi ihanamye, ni bimwe mu vyatumye umwimbu wiyongera ku rugero rushimishije muri uwu mwaka wa 2019 ugereranije...
Kuva kera na rindi mu mico n’imigenzo y’abarundi harabaho umugirwa wo kwita izina umwana ndetse n’iminsi mikuru itandukanye ikahaba. Naho biri uko,...
Amashure ari mu ntara zine arizo Gitega, Muyinga, Bururi na Rumonge ni yo aza kw’isonga mu bitigiri vy’abanyeshure batwara inda z’indaro kuva...