Daniel Ntiranyibagira ni umunyeshure atabona ariko w’ingabirano nyinshi n’ugucuraranga biri mwo. Yaciye mu bikomeye imbere yo gutangura ishure ariko igihe ciwe kiratinda...
Abana bagendana ubumuga bwo ku mubiri 171 ku 244 nibo biga kw’ishure ryitiriwe Kizito Mweranda mu mwaka w’ishure wa 2019 – 2020....
Amadorari yababa 750.000 y’amanyamerika, ni yo ikigo kijejwe gushigikirana ca Suède (coopération suédoise), kibicishije mw’ishirahamwe ‘BioInnovate Africa programme’ kigiye gushigikiza umugambi wo...
Vyaraye bibaye kuri uwu wa 9 Munyonyo aho abasore Daniel Kibamba, Don Kevin Habonimana na Hervé Ndayishima baronswa udushimwe kubw’ibicapo vyabo vyayaze...
Mu gihe umunsi mpuzamakungu wahariwe umwigisha wama uhimbazwa buri wa 5 gitugutu, mu Burundi waraye uhimbarijwe muri Mairie ya Bujumbura kuri uwu...
Amadorari y’amanyamerika yababa 1 800 000 niyo iryo ishirahamwe rimaze gukoresha mu ntara ya Kirundo mu bisata vyo guteza imbere umukenyezi ribicishije muri...
Mu gihe ubushikiranganji bw’ibidukikije, uburimyi n’ubworozi buheruka gukwiragiza ya fumbire ihingurirwa mu gihugu c’Uburundi yo mu bwoko bwa Fomi, ishwagara yo mu...
Mu gihe buri wa 15 gitugutu uko umwaka utashe hahimbazwa umunsi mpuzamakungu wahariwe gukaraba iminwe n’amazi meza n’isabuni, Uburundi bwaramutse buwuhimbaza kuri...
Aho ha mbere hahise, ku ntwaro ya cami, carazira kikaziririzwa ko ingogo (ikiziga) y’umwami ihonyozwa mu nda y’isi. Imvo : arinze atabwa...
Uruhara rw’umukenyezi mwirimizi ni ntangere mw’iterambere ry’umuryango n’iry’igihugu kandi ni uwo gushigikirwa. Vyashikirijwe n’umushikiranganji w’agateka ka zina muntu, imibano n’iterambere ridakumira mu...