Imishinge y’impangu za bamwe mu baba muri karitiye kibenga rural zibaditse ku nkombe y’ikiyaga Tanganyika kandi n’ izindi zibandanya zihaduzwa. Naho biri...
« Abavyeyi bafise abana bagendana ubumuga bwo kutumva ntibavuge barakwiye kwijukira kwiga imvugo zikoresha ibimenyetso mu ntumbero yo guha ikibanza abo bana haba...
Isaha z’abazungu zifasha mu kuraba aho umwanya ugeze zitaraza, abarundi baragenzura ibihe bakabigera. Ntawambara inka ku kuboko, ariko umuhinga J. Baptiste Ntahokaja,...
Inyuma y’aho bigaragariye ko hakiri abanyagihugu batinya kuja ku mavuriro kwipimisha umugera wa Sida, ubushikiranganji bw’amagara y’abantu mu mugambi wabwo w’ukugwanya ikiza...
Ugutozwa ibiturire, kudindiza ibikorwa ku mipaka, ubusuma, ni bimwe mu nzitizi nyinshi abadandaza bashorera hanze y’igihugu bagirira ku mipaka nkuko bavyivugira. Naho...
Iyo ici rituritse, imanza ziba nyinshi, aho umuntu umwe ashobora guhurirwako n’ubutumire burenga 20 mu kiringo kimwe, uno nawe akibaza uwo yoterera...
Umuriyoni w’amafaranga y’amanyamerika, ni wo igihugu c’Ubuyapani kigiye gukoresha mu kiringo c’amezi 11, aho kigiye gukorana n’ikigo gitanga imfashanyo z’ibifungurwa (PAM), mu...
Amafaranga arenga 600.000 y’amadorari y’amanyamerika niyo ategekanywa kuzokora mu mugambi wo guteza imbere abakenyezi bakora urudandaza njabukambibe bo mu ntara zine: Cibitoke,...
Iyo ibinyobwa bitagira amategeko abigengaˌ umwe wese abikora uko agomvye, kandi ngo ntibishobora kujabuka imbibe. Vyavugiwe mu ruganda rwo kwemeza amategeko agenga...
Mu kwezi kwa mukakaro hagati kw’umwaka w’1934, Uburundi bwari mu ntwaro y’igikoroni y’Ababirigi. Igihugu cari mu bibazo vyinshi uhereye muri poritike, ukaja...