Jean-Marie Ndirakobuca ni umusore w’ubwira butangaje mu bikorwa vyo kwiteza imbere. Afise imyaka 26. Kenshi aba ariko aragendagenda mu turere dutandukanye tw’Uburundi...
Abanyagihugu bo mu ntara za Muyinga, Kirundo n’ahandi barishimira cane umwimbu baronka kubw’umwavu bakoresha bimba mu binogo vy’utuzu twa surwumwe iyo bimaze...
Kuba imirongo yerekana urubibe rw’inzira zagenewe abagenda n’amaguru iriko irafudika, ahandi na ho ugasanga hateretse ingunguru z’umusenyi, bisigaye ari bimwe mu bituma...
Igihe cose iyo ikiza cadutse, cama giherekezwa n’ibihuha vyinshi, abigira abahinga ntibabura, nayo abigisha ukabasanga hose. Uri abavuga ukuri, ababesha, abatwara inkuru...
Muri iki gihe igihugu c’Uburundi gifise umwitwarariko udasanzwe wo guhamagarira abanyagihugu kwikingira ikiza ca Coronavirus, ishirahamwe ABG (Alliance for a Better Generation »...
Gufata ukuboko umukenyezi wo mu mitumba biciye mu kumuronsa inyigisho zishingiye ku bikorwa vyo kwiteza imbere, ni kimwe muri vyinshi ishirahamwe « Fondation...
Mu ntumbero yo guteza imbere, kumenyekanisha no guhesha agaciro ingoma z’Uburundi nk’uko biri mu mahangiro ryihaye, ishirahamwe « Focus on Culture Life », ryaratunganije...
Kuva aho hambere hahise, umurundikazi yamye akunda kwishariza, akambara utudede mw’izosi, mu kayunguyungu n’ahandi eka mbere yagendana n’ikazanga (amavuta yo kwisiga), yashika...
Abarundi benshi bazi Maconco nk’umumenja kuko bivugwa ko yivye imbwa y’umwami. Emile Mworoha, umuhinga mu vy’akahise, yigana afatiye ku butohoji yagize ko Mwezi...
Inyuma y’amezi arenga 6 abanyeshure biga mu mwaka wa mbere wa Master muri Kaminuza y’Uburundi no muri ENS bataronswa prêt-bourse, bamwe muri...