Ngiyi imwe mu migambi mikurumikuru yiyemeje kurangurira abarundi mu kiringo ciwe ca mbere c’imyaka 7, mu ntumbero yo guteza imbere ibisata bitandukanye...
Amaze kurangiza igisata ca kaminuza nderabigisha ENS ni ho Michel Ndayirukiye yipfuza gutangura gushira mu ngiro indoto yiwe y’ukworora inkoko kuva ku...
Naho abanyagihugu bakomeza kwirukira abaganga batazwi n’amategeko ngo bagiye gucisha ikirimi, ikirato n’akaragi, abatari bake biriko birabahitanira ubuzima bivuye ku guhanurwa ntibumve....
Inyuma y’aho inkombe z’uruzi Rusizi zirengerewe biturutse ku mvura idasanzwe yaguye maze rwiyarira mu mazu y’abantu amashure n’insengero bikarengerwa, Georges Nzeyimana umuyobozi...
Mu gihe abatari bake bazi ko hahirira umuntu vyashitse agatiro kakamutwara yasamye, muganga Léonard Bivahagumye umuhinga yanonosoye ivy’ingwara zifatira mu mihogo, mu...
Birashoboka cane ko umuntu abaho akora isuku kenshi ariko akamana agahumuro kabi ku mubiri wiwe, akenshi ngo biva ku ngwara bita « bromhidrose »...
Kubero ico kiza, ibihugu bigize akarere ka Afirika y’ubuseruka vyarasohoye itangazo kuwa 25 Ntwarante 2020 rimenyesha ingingo zidasanzwe zafashwe, nk’ukuba haragabanywa uruja...
Uburyo Reta y’Uburundi itegekanya kuzokoresha mu mwaka wa 2020-2021 buheruka kwemezwa n’inama nshingamateka ku bice 100% : igihengeri c’imiriyaridi 153,2 Fbu ni co...
Ku myaka 32 yiwe, Salomé Nitegeka afise ihinguriro ridasanzwe ry’ivyema ryitwa KeyMax.Uwo mukenyezi yatanguye ico gikorwa mu mwaka wa 2018, atanguza umutahe...
Si kuri gusa kuba Bujumbura, igisagara giteye mu burengero bw’igihugu c’Uburundi, ku nkengera z’ikiyaga Tanganyika, caragenwe ngo kibe umugwa mukuru w’ubutunzi : ivyigwa...