Abavyeyi bafise uruhara ntasubirizwa mu ndero y’abana babo. N’ubwo biri ukwo ikiyago hagati y’abana n’abavyeyi ku bijanye n’irondoka rijanye n’amagara meza nticamaho,...
Mwari muzi ko ikibano c’ishure gishobora gutuma habaho gufatwa ku nguvu, isuku rike ndoragitsina, canke abanyeshure bakiga umutima utari mu nda? Mu...
Si agaseseshwarumuri, iyo ngendo ngo itunze abatari bake, babeshejweho n’akuya k’abana birigwa barasabiriza mw’ibaraba. Kandi ngo akanoti koba kaboneka. Iyo bavuze abana...
Bivuye ku gushaka kw’abavyeyi, abana b’abahungu baragenyerwa, rimwe na rimwe mbere bakiri inzoya, ibishika bakagira utubazo bivuye ko umubiri uba utaragera kwakira...
Ivyo vyamenyeshejwe mu birori vyo kwugurura icese uwo mugambi vyabereye ku mashure Mushasha I na II yo muri zone Gatumba kuri uwu...
Mu gihe igice ca kabiri c’umwaka w’ishure giheruka gutangura, amashure yo muri Mushasha afise ibibazo vy’utuzu twa surwumwe tuguma twuzura. Umunsi wa...
Mu bihe vy’imisi mikuru, canke imanza nyinshi, mu Burundi, hama hibonekeje ikena ry’ibinyobwa. Iruhande yo gukena, ibiciro vy’ivyo binyobwa biraduzwa aha n’ahandi,...
Muri iki gihe c’iminsi mikuru ya Noheri n’umwaka mushasha, abarovyi bo ku mweha uzwi kw’izina rya Mvugo, ku Muguruka n’i Kabonga, muri...
Mu gihe abantu badakorera ubuzi hafi y’imiryango yabo usanga bacanacanako baduga canke bamanuka mu miryango yabo mu bihe vy’iminsi mikuru canecane iya...
Kuva ku wa 14 gushika ku wa 15 Kigarama 2020, umugwi w’amashirahamwe y’urwaruka yaserukiwe mw’ikoraniro ridasanzwe CIPD25, ryahuje ibihugu bitandukanye i Nairobi,...