Mu gihe abavyeyi bose bobera itara rimurikira abana babo mu vyo bakora, bakiyegereza urwaruka, bakaruyagira ivy’irondoka rijanye n’amagara meza, bano bana na...
Ihiganwa ryabaye kur’uwu wa gatandatu i Ngozi ryasozerewe n’itangwa ry’ubushimwe butandukanye bwatanzwe na BBCI na Finbank buriko buravugisha benshi. Umwe mu batowe...
Ku munsi wa gatanu, igenekerezo rya 10 Mukakaro, Désiré Musharitse, umuyobozi w’ikigiko kijejwe guteza imbere abanyamitahe « API », yarahaye ikiganiro abamenyeshamakuru...
Kw’igenekerezo rya 17 ni rya 18 Ruheshi 2020, i Bugenyuzi mu ntara ya karusi, ishirahamwe Cordaid, ribicishije mu mugambi Menyumenyeshe, ryaratunganije uruganda...
Kwimenya, kwiha agaciro, kugira amahangiro, kwivyukiranya, gutahura ubuyabaga kubungabunga amagara no kugira isuku ni zimwe mu nkingi shingiro zigize ubushobozi bwo kwibeshaho....
Ku mashure menshi yo hagati mu gihugu haribonekeza cane ubukene bw’amazi butuma isuku ku magara y’abanyeshure ahungabana. Ni amakuru yatohojwe mu ntara...
Basomyi bahire, murabizi ko tutandika kuri poritike, muri Jimbere. N’ubwo ivyo dukorerako, nk’indero, ukubana, ubutunzi, amagara, uburimyi canke imicokama, arivyo poritike yubakiyeko,...
Kuva mu ntango y’umwaka wa 2019 gushika mu mpera zawo, ingurane yatanzwe yiyongereye ku rugero rw’ibice 16,32% (yavuye ku miriyaridi 77,8 ishika...
Mu bisanzwe ukwezi kwa kabiri kwahora kugira iminsi 28, ariko uwu mwaka kwagize 29. Ivyo vyaheruka gushika muri 2016 bikaba ndetse bizosubira...
Mu gihe mu Burundi abakenyezi ari bo benshi kuko barenga 51%, kuri rino genekerezo rya 8 ntwarante aho isi yose ihimbaza umunsi...