Uyu mugabo wo mu ntara ya Kirundo amaze iminsi avugwa ku mbuga ngurukanabumenyi zitandukanye ku caha co kunyaga abantu agatako akabica akanabihambira...
Ni imashini yo mu bwoko bwa HP Indigo, isohora ibitabo vyo gushiramwo amafoto «album», hamwe n’amafoto, vyiza kandi mu mwanya muto, yazanywe...
Déo Guide Rurema, umushikiranganji araba ibijanye n’ibidukikije yabishikirije m’uruganda rwo kurabira hamwe ivyo korwa mu gukingira inkengera z’ico kiyaga, kuri uwu wa...
Hari ku wa 19 Ruhuhuma 2021, aho ishirahamwe Soprad caritas Ruyigi ryashikiriza ku mugaragaro ibikorwa ryaranguye biciye mu mugambi « Twese hamwe duhangane...
Abubaka hakiri kare baracari benshi mu Burundi kandi buri mu rugamba rwo kugwanya umurindi w’irwirirana ry’abantu wabaye ndanse. None vyoba biva kuki ?...
Kugira bishike umuvyeyi avume umwana, biba vyageze kure, umwana yananiranye, impanuro zanse. Nk’ukwo tubiyagigwa na Didace Ndayikengurukiye, yanonosoye ivyigwa vy’inyifato n’imibano, umwana...
Ardent Nshimirimana, ni umwe mu bakiri bato bihebeye uburimyi n’ubworozi. Yashimye gushira imbere ubworozi bwa dindons, umugambi usaba ukwitanga n’ukwihangana cane. Jimbere...
Yatunganijwe ku civugo : « Ugukorana kwungura bishasha mu ntumbero yo gushika kw’iterambere rirama mu Burundi ». Amashirahamwe Care International Burundi, Reja Burundi na ActionAid, ni...
Ishirahamwe Christian Aid rifadikanije n’ayandi mashirahamwe nka GLID na RCBIF-Burundi, ryaratunganije uruganda, kw’igenekerezo rya 4 Ruhuhuma 2021, mu nyubakwa za La Detente,...
Abana bavukana impano zidasanzwe baribonekeza mu kibano, ariko kenshi ntibafatwa mu mugongo kugira bateze imbere izo ngabirano, mbere bakanabitukwa ngo bibabuza gukurikira...