Abarenga 5016 ni bo bamaze guharurwa ku miryango 1435 y’abateshejwe izabo n’imyuzurira y’ikiyaga Tanganyika hamwe na Rusizi, yegeranirijwe muri Site Sobel, iri...
Urwaruka rugeze mu bigero rurahangana n’ibibazo bitari bike, haba ivy’imyaka rugezemwo, amashure, hamwe n’ukwiyumvira ibijanye na kazoza. Nubwo ishure riza imbere, harakenewe...
Bivanye n’ubuzima bwo mu mihingo imwe imwe ya ruguru budakunze kworohera abana ku bijanye no kwiga ngo atere imbere, abafise amahirwe yo...
Muri komine Ryansoro, intara ya Gitega, kw’ishure ryisumbuye Nyangwa, kuri uyu wa 30 ndamukiza, niho hahimbarizwa Umusi mpuzamakungu wahariwe indero idahohotera, mu...
Mu gihe kw’isi yose, igenekerezo rya 21 Ndamukiza ryahariwe abantu bafise ivyo batangunje bishasha (créativité et innovation). No mu Burundi hariho abashoboye...
Mu Burundi hari abagikengera ururimi kavukire mbere bakanabona ko batorwigisha abana babo. Bigatuma hari abagera mu bigero batazi ikirundi. Ivyo bigaterwa n’uko...
Mu gihe kw’isi hose, itariki 16 Ndamukiza yahariwe kugwanya ubunyagano bw’abana, (esclavages des enfants), mu Burundi, igikunze kwibonekeza, ni utwana duto tuja...
Guhera mu mpera z’umwaka wa 2020, haratanguye umurindi wo gushinga amatara abonesha mw’ijoro mu ma zone amwe amwe y’umugwa mukuru w’ubutunzi. Hihwejwe...
Umugambi wegukira ishirahamwe mpuzamakungu FIDA ryitaho uburimyi n’ubworozi, kuruyu wa 25 ntwarante, ryaramutse rishikiriza ibibuguru, kuri ba ntahonikora bo ku mitumba ine...
Mukubandanya duhimbaza umusi wahariwe agateka ku mukenyezi, ishure rya kaminuza yitiriwe umuco y’i Bujumbura (Université lumière de Bujumbura) rifashwe mu mugongo n’ishirahamwe...