Atari uwo inzoka yayibujije, ntawe akanyama katagwa neza. Ariko none ubwo inyama zose turya tuba tuzizi? Hoba hari inyama zo kurya no...
Kugira habe impinduka ishimishije mu bijanye n’irondoka rijanye n’amagara meza, abahurikiye mu kibano n’abo bafise ikibanza gikomeye, kuva kubahuzamigambi ba Menyumenyeshe, urwaruka...
Kimwe mu vyo indinganizo ya Menyumenyeshe ihurikiyemwo bose ku mashure yaje ishaka kugwanya harimwo ukudafatwa kumwe hagati y’abigeme n’abasore ku mashure. Urwo...
Ngo ivyahindutse si bike kuva aho Menyumenyeshe itanguriye indinganizo yayo nshasha ihurikiyemwo bose ku mashure. Kuva ku munyeshure guca ku muzamu gushika...
Mu gihe c’ubuyabaga niho haba nyinshi mu mpinduka zo ku mubiri no mu nyifato k’urwaruka. Ni n’aho kandi hibonekeza kwandura ingwara ziciye...
Ubuyobozi bw’indero mu ntara nibwo bushinzwe indero ku rwaruka hamwe n’itangwa ry’inyigisho ku rwego rw’intara. Ni nayo mpamvu mu ndinganizo nshasha ya...
Abavyeyi benshi boba babona abana babo babura akayabagu ku rugero rurengeye uko vyotegerejwe. Ngo baba bagwaye Anorexie, kandi ikaba ihuye n’ibibazo vy’inyifato....
Hari hasanzwe haboneka intambwe mu vyerekeye irondoka rijanye n’amagara meza, Menyumenyeshe itaratangura gushira mu ngiro indinganizo ihurikiyemwo bose ku mashure (AGE). Ariko...
Amakuru menshi yerekeye irondoka rijanye n’amagara meza, usanga urwaruka rugenda rurayakura muri bagenzi barwo, ivyo na vyo bikagira ingaruka mbi nyinshi kuri...
Ni inyifato yaranze abavyeyi b’abarundikazi kuva kera na rindi, mugabo ikaba isa n’iyiriko irata akanovera mu bisagara, aho abenshi babihebera abakozi bo...