Haraheze ikiringo cababa amezi 2 ata murwayi n’umwe yibonekeza afise ibimenyetso vy’indwara ya Choléra. Ni inyuma yaho ico kiza cibonekeje aha mu...
Kuri uwu wa 8 nzero 2020, Inama nshingamateka yasubiyemwo yongera iremeza itegeko rigiye kuzogenga amakomine. Musitanteri co kimwe n’abakoseye biwe bategerezwa kuba...
Kuva muri ruheshi umwaka wa 2019, amazu ane ariyo TIPC, KLK, UBUCOM na BESCO ni yo yashoboye kugiriranira amasezerano na Regideso kugira...
Mu gisagara ca Bujumbura haribonekeza ubukene bw’utuzu twa surwumwe mu bibanza bihuriramwo abantu benshi. N’utuhari si benshi bafise amahirwe yo kutujamwo kuko...
Imyaka irenga 9 irarangiye Reta y’Uburundi ifadikanije n’ubuserukizi bw’igihugu c’Ubufaransa bushizeho umugambi w’inyigisho idakumira kuri bose. Muri iyo myaka rero ibitari bike...
Abantu benshi bakunze kubona uburobe bukubiye mu mutoto ariko ntibazi ngo butegurwa gute. Bavuga ko ata co bwungura mu mubiri, ariko bukama...
Kuva aho umukuru w’igisagara ca Bujumbura Freddy Mbonimpa afatiye ingingo yo guhagarika urudandaza rw’ama unités rubera mu mitaka muri ico gisagara no...
Mu gihe mw’isoko ya Cotebu hari hatanzwe ibibanza bigera ku 2000, vyinshi ntibari bakibikorera mwo. Ivyo bikaba vyavana n’ukuntu isoko yari itunganije...
Nubwo reta atako itakoze kugira umugambi wo gutunganya gushasha imishahara uje mu ngiro, biragaragara ko ukwezi kwa mbere kw’umwaka wa 2020 bitoba...
Si agasesehwa rumuri, ikibazo c’abigeme b’abanyeshure batwara inda kiriho mu Burundi. Kandi bigira ingaruka mbi ku bigeme kuko bamwe baraheba kwiga burundu,...