Mu kigo c’urwaruka ‘Centre Jeunes Kamenge’ hariko harabera ibikorwa vyo mu ci ku rwaruka ruri mu kiruhuko (camp de travail mu gifaransa)...
Mu gihe c’ici abana bose biga mu mashure yaba matoyi canke ayisumbuye bararuhuka ikiringo c’amezi 2. Muri ico gihe nyene udukorwa dutandukanye...
Mu gihe umwana wese afise uburenganzira bwo kugira umuryango, gukundwa no kwitabwaho, abavuka ku « gisida », benshi bita kuvyarwa hanze canke...
Rufashwe mu mugongo n’ibihugu vyunze ubumwe vya Buraya, urunani rw’amashirahamwe agizwe na Care International, REJA na Action Aid rwaratanguje kuva kw’igenekerezo rya...
Urunani rw’ibigo vy’abagendana ubumuga mu Burundi (RCPH) rwaratunganije kuva kuri uwu wa 20 na 21 Mukakaro 2021 uruganda rwo guhanahana ivyiyumviro ku...
Mu gihe c’ikiruhuko co muci, hariya ruguru mu mitumba, hari inkino zitandukanye, n’ibikorwa biryohera abana. Ukwo ibihe bigenda birahinduka, ni kwo n’ibiryohera...
Inès Nzeyimana na Bella Kabeya, abigeme babiri bavukana, basanzwe baba mu Bubirigi, barikumwe n’umuvyeyi wabo, kuruyu wa 13 mukakaro bararonkeje ibikoresho vy’ishure...
Kuri uyu wa 24 ruheshi, niho hahimbazwa umunsi mukuru wahariwe umutanzi w’amaraso ku rwego rw’igihugu mu Burundi. Ibirori vy’uwo munsi bikaba vyaranzwe...
Abana bagendana ubumuga bwo kutabona bagera kuri 69, bagizwe n’abahungu 40 n’abigeme 29 bava mu mihingo itandukanye ni bo barezwe n’ikigo Fondation...
Mu gihe hariko harahimbazwa umunsi mpuzamakungu w’umwana w’umunyafirika kuri uyu wa 16 Ruheshi, agendera abana bo muri Site Sobel mu Maramvya, umushikiranganji...