Mu rukurikirane rw’isekeza ryo kurandurana n’imizi inda z’indaro mu mashure, ku civugo « Ikibanza c’umwigeme ntikiri mw’iyakiriro ry’abavyeyi kiri kw’ishure », ishirahamwe Cordaid mu...
Kuva kuri uwu wa 19-20 Munyonyo 2020, umuserukizi wa UE Burundi afadikanije n’abaserukizi b’ibihugu vy’Ubudagi, Ububirigi, Ubufaransa hamwe n’Ubuhorande baragize urugendo mu...
Mu gihe ishirahamwe Cordaid, mu mugambi waryo « Menyumenyeshe », ririko rirarangiza ikiringo caryo mu ntara ryahora rikoreramwo, ryaratunganije isekeza ryo guhimiriza no guhanura...
Amashirahamwe Impunity Watch na Dushirehamwe, umugwi w’ivyese « Les enfoirés de Sanoladante », hamwe n’urubuga Yaga, vy’ifadikanije n’ubuserukizi bw’ingoma y’ubuholandi, bwaratunganije kw’...
Umugambi wa Reta PAIFAR-B ufashwe mu mugongo n’ikigega mpuzamakungu citaho iterambere ry’uburimyi FIDA uje ari inyishu ku bantu b’abakene ruhebwa. Uyu mugambi...
Ku munsi mpuzamakungu wahariwe umukenyezi mwirimizi, uba uko umwaka utashe igenekerezo rya 15 Gitugutu, Umukuru w’igihugu c’Uburundi, Evariste Ndayishimiye, yaratumyeko ku kirimba...
Tuyisenge ni umwigeme yibarukiye iwabo, haraheze imyaka itanu. Akwije imyaka 20 y’amavuka muri uku kwa Nyakanga 2020. Uwu mwigeme avuga ko yibarutse...
Mu Burundi, urwaruka rw’imiyabaga ruri hagati y’imyaka 15 na 19 rurakunze guhura n’ibibazo bijanye n’irondoka, mbere bamwe inda zikabahitana. Ni ikibazo kidasanzwe...
Kuri uwu wa 1 Nyakanga 2020, ku murwa mukuru wa komine Kabezi, mu ntara ya Bujumbura, umugwi w’abahinga ujejwe ishirwa mu ngiro...
Jackson Quincy Nahayo, yize ivy’ubuganga, yatashe i Burundi avuye Canada mu 2015. Yahise yubaka ibitaro ku mutumba Gasenyi asanzwe avukako (mu ntara...