Iyo abagore baheruka kwibaruka bahanurwa guca baza baronsa abana babo neza kandi ku gihe umwana ashakiyeko ibere kuko biri mu buryo bukinga...
Iyo umukenyezi yibungenze akaza arava amaraso mu gihe arangura amabanga y’abubatse ahanurwa guca abihagarika kugira imbanyi ntiveyo canke ngo yandure indwara zifatira...
Mu ntumbero yo guteza imbere igiterwa c’ikijumbu mu gutanga isoko ku barimyi bahora barima bakabura aho bashorera, kwiha akazi no kugaha urundi...
Kuri uwu wa 11 ruhuhuma, umunyamabanga ntayegayezwa mu bushikiranganji bw’imico kama, akaranga n’inkino Hakizimana Godefride yuguruye icese ibikorwa vy’ihayanisha-gurisha ry’ivyahinguwe n’abahinga banyamyuga...
Igwirirana ry’impapuro z’umutsindo ryaje inyuma y’iyongerekana ry’amashure matomato n’ayisumbuye ntiryasize inyuma n’ingendo igayitse yo kwigana izo mpapuro. Kubw’ivyo ishirahamwe Digital Africa ryabonye...
Mu gihe igice kinini c’abatwa bo ku Buterere babeshejweho n’ivyo batoratora mw’iyarara, ubu abatari bake muri bo bemezako ico kibanza bagiye kugiheba...
Kuri uyu wa 3 Ruhuhuma 2020, umuyobozi mukuru w’ishirahamwe rihingura isukari (Sosumo), Aloys Ndayikengurukiye yararemesheje ikiganiro ku bamenyeshamakuru aho yatangaza ko ata...
Urwaruka rurakwiye gukurana umutima runtu, rukaruka ruzi akamaro n’ikibanza ntangere umukenyezi afise mw’iterambere ry’imiryango n’igihugu. Ariko rero ngo ntaterambere rishoboka at’amahoro ahari....
Kuri uwu wa 20 nzero, Kaminuza y’Uburundi yakiriye abanyeshure baje gutangura umwaka w’ishure wa 2019-2020. Bamwe muri bo bakaba bariko barajuragirika kubw’utubazo...
Mu gihe hari hibonekeje ingorane yari yabaye iturutse ku bikono vyakira amazi avuye muri Tanganyika yatuma amazi atarengana neza, Muri Regideso barahumuriza...