Mu rugamba rwo kugwanya umugera w’indwara ya Ebola mu Burundi, harateguwe abaganga bashizwe mu bibanza 21 biri ku mbibe zegeranye n’ibihugu bibanyi,...
Kuva aho umugera wa Ebola wigaragarije mu gihugu ca Congo ugahitana abantu barenga 2000, harakozwe ubushakashatsi bwo gukinga ico kiza batako baratora...
Imico n’imigenzo y’ikirundi iri mu bikumira umukenyezi maze bigatuma abagabo eka mbere n’ikibano bayikika inyuma mu guhohotera agateka k’umukenyezi. Ivyo biri mu...
Kw’igenekerezo rya 3 kigarama, uko umwaka utashe harahimbazwa umunsi mpuzamakungu wahariwe abagendana ubumuga. Kenshi abo bagendana ubumuga bahura n’ibibazo bitandukanye bibaca intege...
Ico gikorwa kibaye inyuma yaho kuri ayo mashure hibonekereje ubukene bw’intebe gushika naho abana biga barambije hasi, abandi bicaye ku mabuyi. Nk’uko...
Igenekerezo rya 20 munyonyo ry’uwu mwaka, rihuriranye n’imyaka 30 irangiye hemejwe amategeko mpuzamakungu yubahiriza agateka k’abana. Ku bw’ivyo, Uburundi bwifadikanije n’ibindi bihugu...
Mu ntumbero yo guterera ivyiyumviro vyo kugarukira ururimi rw’ikirundi no gukomeza imico n’akaranga, Manirakiza Zénon yasohoye kuri uwu wa 15 munyonyo 2019...
Utumwanya tutabora hamwe n’amacupa ya plastike atekerwa mwo amazi n’imitobe y’ubwoko butandukanye bitabwa aho ari ho hose, biri mu bibangamiye ibidukikije. Ariko...
Ku myaka 15 gusa, Ishimwe yaranejereje cane abavyeyi biwe. Uwo mwigeme yabaye uwa mbere afise amanota 191 ku 200 mu kibazo co...
Ishuri ry’akarorero rya Ngagara ni ryo ryabaye irya mbere mu mashuri yose yo mu Burundi mu kibazo ca reta gitanga uburenganzira bwo...