Kw’igenekerezo rya 17 Gitugutu uko umwaka utashe, harahimbazwa umunsi mpuzamakungu wahariwe ukugwanya ubukene mu bantu batishoboye. Uwo munsi ukaba washitse mu gihe...
Mu gihe haheze ukwezi n’igice mu gisagara ca Bujumbura amashirahamwe Seviteb na Memento azanye imiduga minini itwarira icarimwe abantu benshi, bamwe mu...
Abakenyezi b’abirimizi bo mu mitumba bafashwa na CARE barerekanye ivyo bahingura mu vyimburwa abarundi birimira bigizwe n’ifu y’ubuyi bw’ibiharage, icayi c’isoya, ifu...
Iyo ibinyobwa bitagira amategeko abigengaˌ umwe wese abikora uko agomvye, kandi ngo ntibishobora kujabuka imbibe. Vyavugiwe mu ruganda rwo kwemeza amategeko agenga...
Amashirahamwe angana n’4080 yarashinzwe mu Burundi, muri yo ibice 83% bikaba bigizwe n’amakoperative, mu gihe mu mwaka uheze w’2018 yari amashirahamwe 842....
Benjamin Manirakiza, Ivone Nkeshimana, Nestor Nikwigize ni bamwe mu Rwaruka rutarera amaboko ku gikorwa, kandi baritanga mu mashirahamwe yo kuziganya no kuguranana....
Izi bisi zirerurira abantu 100 icarimwe. Buca zitangura guseha abiyunguruza kuva kuri uyu wa gatandatu, kw’igenekerezo ryo kuwa 20 mukakaro, nk’uko mu...
Umuzo w’imiduga minini yunguruza abantu mu gisagara ca Bujumbura urahagaritse imitima abasanzwe bakoresha imiduga mitomito yo mu bwoko bwa ‘Hiace’. Ni mu...