Si kuri gusa kuba Bujumbura, igisagara giteye mu burengero bw’igihugu c’Uburundi, ku nkengera z’ikiyaga Tanganyika, caragenwe ngo kibe umugwa mukuru w’ubutunzi : ivyigwa...
Kuva mu ntango y’umwaka wa 2019 gushika mu mpera zawo, ingurane yatanzwe yiyongereye ku rugero rw’ibice 16,32% (yavuye ku miriyaridi 77,8 ishika...
Amamangazini azofatwa anyegejwemwo isukari azoca yugarwa, abandandaza bayifatanywe bacibwe amande manini, bongere bafutwe ku rutonde rw’abadandaza b’isukari bishikira muri Sosumo hanyuma isukari...
Naho ivyamwa biboneka nka hose mu gihugu, kubifungura biragoye. Akenshi abahinga mu bijanye no gufungura hamwe n’abaganga barahimiriza abantu gufungura ivyamwa, ariko...
Mu ntumbero yo kworohereza abadandaza b’abarundi kuronka amakuru ajanye n’ubudandaji ku gihe, reta y’Uburundi ifadikanije n’ikigo mpuzamakungu kiraba ivy’ubudandaji ITC na CNUCED,...
Kuri uyu wa 3 Ruhuhuma 2020, umuyobozi mukuru w’ishirahamwe rihingura isukari (Sosumo), Aloys Ndayikengurukiye yararemesheje ikiganiro ku bamenyeshamakuru aho yatangaza ko ata...
Abantu benshi babona icapati mu mazu y’uburiro abandi bakazibona mu tudobo bariko barazitembereza bakazigura bazifungura ariko batazi uko zitegurwa ndetse n’ivyo bavangamwo...
Kuva muri ruheshi umwaka wa 2019, amazu ane ariyo TIPC, KLK, UBUCOM na BESCO ni yo yashoboye kugiriranira amasezerano na Regideso kugira...
Kw’igenekerezo rya 10 Kigarama, mu Gatumba, umushikiranganji w’ubudandaji, amahinguriro n’ingenzi, Jean Marie Niyokindi yatanguje icese umugambi «Menyesha ntere imbere» ugizwe n’abakenyezi bahora...
Kuva kuri uwu wa 9 kigarama, abashoferi bunguruza abantu n’ibintu bagiye kuza barakoresha agatabu ndangamuduga bita «Carnet de bord securisé» hamwe na...