Muri iki gihe, amakoperative ariko ashingwa ku murindi bitahorako mu minsi irenganye. Abanywanyi ibihumbi n’ibihumbi bariko begeranira hamwe mu gushinga amashirahamwe yo...
Amakoperative ariko arijukirwa cane muri iki gihe azwi cane muri kahise k’Uburundi ku gihe ca Rwagasore. Ariko n’imbere yaho yarabayeho. Haba aho...
Ni na co gituma kuva mu mpera z’umwaka wa 2020, JIMBERE hamwe n’ikigo c’ukumenyesha amakuru Kaze Com, barikumwe n’Ingome n’Ubuholandi, bafashe iya...
Kw’igenekerezo rya 13 Myandagaro 2021, ni ho ibanki y’uburimyi BCAB yigina umwaka imaze iri ku kivi. Uwo munsi wabaye uwudasanzwe kuko haciye...
Ishirahamwe « Amazi Water » ririko rikora bidasanzwe mu gisata c’amazi mu Burundi. « Ihangiro nuko gushika mu mwaka wa 2028 abarundi bose bazoba baronkejwe...
Reta y’Uburundi ibicishije mu bushikiranganji bw’uburimyi, ubworozi n’ibidukikije, iheruka gushinga ibiciro bizogurigwako abarimyi ku bifungurwa bimwebimwe abarundi birimira mu Burundi. Ariko none...
Ibikorwa vyo kwegeranya umwimbu w’ikawa hamwe no kuwudadanza vyagenze neza mw’sizeni ya 2020-2021, aho umwimbu wabonetse uri ku rugero rw’ibice 53, 37%....