Mu ntumbero yo kurabira hamwe ingene hoduzwa umwimbu w’icayi kandi c’akanovera n’igiciro caco kidasigaye inyuma, amashirahamwe, rimwe riraba ibijanye n’icayi mu Burundi...
Kw’igenekerezo rya 21 Ntwarante 2022, Ubushikiranganji mu vyo bujejwe harimwo uburimyi bwarafashe ingingo yo gushinga ibiciro ku bifungurwa nk’ibigori, ibiharage, ibiraya n’umuceri,...
Umugambi Merankabandi warafashije kuva mu bukene imiryango y’abantahonikora 14.456 yo mu ntara ya Karusi n’iyindi 13.515 mu ntara ya Ruyigi ifise abana...
Ibiciro vy’amakara mu gisagara ca Bujumbura biguma biduga uko bwije n’uko bukeye. Amafaranga yahora akoreshwa mu kugura umufuko wuzuye amakara, mu bibanza...
Ibanki BCAB yunze ubumwe n’ishirahamwe Lumicash kuri uwu wa 23 Ntwarante 2022 mu ntumbero yo kworohereza abanywanyi b’ayo mashirahamwe yompi. Kuva ubu...
Hari imigwi y’abahungu iyo baguye kudufaranga ubwo nyene bahurira mu buvyiniro no mu tubare dukomakomeye kunywa no kurya izo noti baba baronse....
Abakora akazi ko kwunguruza abantu n’ibintu bakoresheje amakinga mu gisagara ca Bujumbura ubuzima ntibuboro-hera. Mu gihe baba bavuye ruguru bazi ko baje...
Reta y’Uburundi, mu mugambi wo kwiteza imbere, ya-hamagariye abanyagihugu kuja hamwe kugira batorere in-yishu ku bibazo bafise, na cane cane baronke ivyo...
Mu mafaranga Reta y’Uburundi yategekanya gukoresha mu mwa-ka wa 2019-2020, amafaranga y’amarundi angana n’imiriyarindi 29,1 yari agenewe amakoperative Sangwe yo ku mitumba...
Urunani rw’amakoperative Mutoyi rugizwe n’amakoperative 8 rwavutse mu 1980. Gushika uno munsi, urwo runani rwarubatse izina haba ku rwego rw’igihugu eka no...