Kuri uyu wa 7 Nzero 2021 umugwi ujejwe gusanura no kwagura isoko ya Kamenge yahiye kw’igenekerezo rya 3 Gitugutu 2020, waramutse utanga...
Muri iki gihe c’iminsi mikuru ya Noheri n’umwaka mushasha, abarovyi bo ku mweha uzwi kw’izina rya Mvugo, ku Muguruka n’i Kabonga, muri...
Ryabaye ihumure ku barimyi n’aborozi kwumva ko bagiye guhora bahabwa ingurane izorihwa ku bice 8%. Bamwe mu banyagihugu bo mu ntara z’uburengero...
Nimba hari isoko ivumye cane muri Afirika ndetse no mu Burundi hadasigaye inyuma, ni iyijanye n’urudandazwa rwo guhanahana amafaranga biciye kuri terefone....
Ku munsi wa gatanu, igenekerezo rya 10 Mukakaro, Désiré Musharitse, umuyobozi w’ikigiko kijejwe guteza imbere abanyamitahe « API », yarahaye ikiganiro abamenyeshamakuru...
Vuba, haratanguzwa umugambi wo gukora ubwato bubiri bukeshwa amasezerano ari hagati y’ishirahamwe ryo gutwara abantu n’ibintu rikorera mu Burundi Vitraco hamwe na...
Kuva kw’igenekerezo ry’uwa 3 gushika ku wa 5 Ruheshi 2020, ikigo kijejwe guteza imbere abanyamitahe API caratunganije umwiherero wo kumenyesha no kuronsa...
Mu kiganiro caremeshejwe na Audace Niyonzima, komiseri mukuru w’ikigo kijejwe gutoza amakori n’amatagisi OBR, kuri uwu wa 2 Ruheshi, yamenyesheje ko hatewe...
Inzahabu ziza kw’isonga mu bidandazwa Uburundi bushorera hanze, ku rugero rw’ibice birenga 50% mu gihe ivyinjizwa mu gihugu vyo vyiganziwe n’ibitoro ku...
Ubuheruka, mu kwezi kwa gatatu, Jimbere yari yashize ahabona ibiharuro vyerekana ingene mu ntara zo mu bumanuko bw’igihugu c’Uburundi ingurane zitangwa. Mu...