Haraciye imyaka ibiri amakoperative matomato 28 hamwe n’amashirahamwe atatu asubiriye kwimba inzahabu mu misozi yababa cumi muri komine Butihinda, mu ntara ya...
Umukuru w’igihugu c’Uburundi aheruka kwugurura icese ikivuko ca Bujumbura casubiwemwo ku buryo bwatanzwe nk’ingabire y’abanyagihugu bo mu Buyapani burenga imiriyaridi 3 z’amafaranga...
Reta y’Uburundi yarahaye uruhusha ishirahamwe ubuka Nation Group rwo kuwubaka ahahoze isoko nkuru ya Bujumburu ahategekanijwe gutunganywa gushasha ngo habe ikibanza gikuru...
Ni kimwe mu vyashikirijwe kuri uyu wa 28 ruhuhuma 2024. Wari umusi wa kabiri ari nawo wanyuma w’inama rukokoma igamije kumenya intambwe...
Zone ya Buyenzi yo mu gisagara ca Bujumbura yahora irangwamwo uruja n’uruza rw’abariko bakora imiduga, ubu amabarabara amwe amwe arera. Na vya...
Abafise amaparasera mu mahegitari 160 yegereye ingoro y’umukuru w’igihugu, muri karitiye Gasenyi iri mu gisagara ca Bujumbura bavuga ko imizibukiro bemerewe kuronswa...
Za noti sumba zose zivugwa ko zanyurujwe zikabikwa mu masandugu atamenwa mu mazu y’abantu, zicitse ibipapuro. Inoti zishasha ziraje. Zije uko izahahora...
Nta kazi kakiboneka mu bafundi bubaka amazu mu gisagara ca Bujumbura. N’aho kabonetse bahembwa intica ntikize. Ivyo bigaterwa n’uko abubaka amazu batakironka...
Mu ntumbero yo kurabira hamwe ingene hoduzwa umwimbu w’icayi kandi c’akanovera n’igiciro caco kidasigaye inyuma, amashirahamwe, rimwe riraba ibijanye n’icayi mu Burundi...
Kw’igenekerezo rya 21 Ntwarante 2022, Ubushikiranganji mu vyo bujejwe harimwo uburimyi bwarafashe ingingo yo gushinga ibiciro ku bifungurwa nk’ibigori, ibiharage, ibiraya n’umuceri,...