Mu minsi 16 urwego rw’abashingwamaza mu gisata c’abakenyezi rwamaze rwumviriza, abashikiwe n’amabi afatiye ku gitsina, abashika kuri 3 bahuye n’amabi yo gufatwa...
Isereruka ry’umugambi Menyumenyeshe mu rwaruka ruri mu mashure ryaruhaye kumenya ico ruri, ivyo bituma rwihesha agaciro, abahora bagendera mu ngeso mbi baraziheba,...
Inyuma y’amezi atatu abarimyi bashikirijwe ibijanye n’imyiteguro ya reta yari igamije gutunganya neza irima ry’agatasi, hafatiwe kandi ku ngendo zagizwe n’ubushikiranganji hamwe...
Bumwe mu buryo Menyumenyeshe ikoresha kugira ihimirize urwaruka ku bijanye n’inyigisho z’irondoka rijanye n’amagara meza, ni ugushigikira kuziganya no kuguranana ku rwaruka....
N’ubwo hari abantu usanga basuzugura ubuzi bivanye n’ingene bukorwa canke aho bukorerwa bigasa nkuko umengo ni ukwisuzuguza, ariko hari n’abandi babona ko...
Umwana wese afise uburenganzira bwo kubana n’abavyeyi biwe mu gihe bakiriho nkuko amategeko mpuzamakungu yubahiriza agateka k’abana abivuga mu ngingo yayo yi...
Iron & steel Burundi ni rimwe mu mahinguriro akora ivyuma vyizerwa n’abaguzi kandi vyinshi kuko rishobora guhingura amatoni mirongitatu y’amaferabeto ku munsi....
Uko umwaka utashe kw’igenekerezo rya 26 munyonyo, amakungu arahimbaza umunsi wahariwe abana bo mw’ibarabara. Uno mwaka bihuriranye aha mu Burundi Reta yarashizeho...
Mu buraro bw’ikigo co ku Mutanga, ikibazo co kuronka imatera gisigaye cabaye umuzi w’ibuye. Bamwe mu banyeshure baronkejwe ivyumba birabananira guhita mwo...
Afise imyaka 19 gusa, yiga kw ‘ishure rimwe ryo mu Mabanda, i Makamba. Wumvirije ingorane yatewe n’abarezi bataye ibanga urumirwa. Yahavuye yigira...