Mu gihe bamwe mu bavyeyi bafise abana bari mu mashure bidogera bamwe mu bandanza ibikoresho vy’ishure ko bikika mu kiza bakaduza ibeyi...
Mu gihe indwara ya Ebola isa n’iyibangamiye igihugu kibanyi ca Congo, kuri uwu wa 20 myandagaro, icegera ca kabiri c’umukuru w’igihugu c’Uburundi...
Urwaruka rw’Abarundi ruba hanze y’igihugu rwifadikanije n’urundi rusanzwe ruba mu gihugu, mu gikorwa cokwegeranya imfashanyo izohabwa ibibondo vyababa mirongibiri bipfunganwe na banyina...
Kuva aho uturesi dukoreshwa mu kubikura ku maposita tudugirijwe ibeyi tukava ku mafaranga y’amarundi 700 tukaja ku 3.000 Fbu, abanyeshure bo muri...
Abakenyezi b’abirimizi bo mu mitumba bafashwa na CARE barerekanye ivyo bahingura mu vyimburwa abarundi birimira bigizwe n’ifu y’ubuyi bw’ibiharage, icayi c’isoya, ifu...
Ugukubagurwa gushingiye ku gitsina, ku bukene, urudandazwa rw’ibihimba vy’umubiri, n’ayandi mabi, ni vyo bishikirwa n’abigeme canke abakenyezi baronderera « ubukiriro » mu...
Amashirahamwe angana n’4080 yarashinzwe mu Burundi, muri yo ibice 83% bikaba bigizwe n’amakoperative, mu gihe mu mwaka uheze w’2018 yari amashirahamwe 842....
Uguhangana n’ingorane z’uburyo bwo kubaho, bituma abigeme bamwe bamwe baheza kwiga Kaminuza bagaca bahitamwo kwishira hamwe ari batatu canke bane bakipangira inzu...
N’ubwo abadandaza ibifungurwa mbumbarugo co kimwe n’ivyamwa basigaye babitembereza ku bwinshi umuhana ku wundi, ngo ni ukubura uko bagira kuko ngo ari...
Mu gihe udashobora gutahura vyoroshe imvugo zikoreshwa na bamwe mu rwaruka rwatwawe na za nkino z’igihamana, twashimye kwerekana insiguro y’amwe mu majambo...