Indwara z’amaraso avura mu mitsi (« thromboembolie ») zirica abantu benshi cane mu Burundi, biturutse ku kuntu zititaweho bikwiye kugira zishobore gukingwa,...
Abantu batari bake baranegura umuco w’abanyeshuri bo muri kaminuza y’Uburundi (« abapoils ») wo kwama bahagaze kw’ibarabara bagonze urutoke basaba « lift...
Muri uwu mwaka w’ishuri wa 2019-2020, ibitigiri vy’abanyeshuri vyitezwe bo mu mashuri shingiro n’ayayakurikira birenga 3 000 000. Aho harimwo abashika 2 900 000...
Mu banyamwema bashika 1241 baba mu Burundi, 420 ni bo bari kw’ishuri. Mu gihe rero umwaka w’ishuri wa 2019-2020 watanguye kuri uwu...
Mu gihe umwaka w’ishuri wa 2019-2020 buca utangura, urunani rw’amashirahamwe 8 y’urwaruka rufise umutima w’impuhwe rwatunganije igikorwa c’isekeza bise «Korako» mu ntumbero...
Mu gihe haheze ukwezi n’igice mu gisagara ca Bujumbura amashirahamwe Seviteb na Memento azanye imiduga minini itwarira icarimwe abantu benshi, bamwe mu...
Bubicishije mw’ishirahamwe mpuzamakungu rikurikirana amagara y’abantu kw’isi OMS, Ubumwe bw’ibihugu vya Buraya bwatanze kuri uwu wa 3 Nyakanga imfashanyo y’amahera angana n’ibihumbi...
Umuziki usigaye ari bumwe mu buryo urwaruka rukoresha mu kwigisha, guhanura no guhimiriza abantu bo mu kibano inyifato ibereye ku bijanye n’irondoka...
« Abantu bapfa bahitanwe n’indwara ya malaria baragabanutse gushika ku rugero rurenga ibice 50%, umugera w’indwara ya Ebola wahagurukiwe bikwiye, eka n’abantu 235...
Mu gihe ururimi rw’igiswahili rugishika mu Burundi rwakiriwe nk’ururimi rw’abambuzi, ubu ho urwaruka rutari ruke na canecane urukiri ku ntebe y’ishure rwarwijukiye....