Guhera mu mpera z’umwaka wa 2020, haratanguye umurindi wo gushinga amatara abonesha mw’ijoro mu ma zone amwe amwe y’umugwa mukuru w’ubutunzi. Hihwejwe...
Ku mabarabara no mu makanivo atandukanye yo muri komine Mukaza iri mu gisagara ca bujumura, haracibonekeza imicafu itabwa n’abahita baba bafise utuntu...
Kuva muri ibi bibazo vy’ivyigwa birangiza igice ca mbere c’umwaka w’ishure wa 2020-2021, buca bitangura ku wa 7 gushika ku wa 18...
Ibigunguru 20 vyo gutamwo imicafu (poubelles publiques) bifise agaciro ka 12.000.000 Fbu ni vyo kuri uwu wa 12 Munyonyo vyabaye birashirwa mu...
Abantu bifise bo mu gisagara ca Bujumbura, bakunda kunywera akayi no gufungurira mu mazu y’uburiro agezweho kuko ariho usanga hatekanye kandi hasa...
Si kuri gusa kuba Bujumbura, igisagara giteye mu burengero bw’igihugu c’Uburundi, ku nkengera z’ikiyaga Tanganyika, caragenwe ngo kibe umugwa mukuru w’ubutunzi : ivyigwa...
Igihe cose iyo ikiza cadutse, cama giherekezwa n’ibihuha vyinshi, abigira abahinga ntibabura, nayo abigisha ukabasanga hose. Uri abavuga ukuri, ababesha, abatwara inkuru...
Naho ivyamwa biboneka nka hose mu gihugu, kubifungura biragoye. Akenshi abahinga mu bijanye no gufungura hamwe n’abaganga barahimiriza abantu gufungura ivyamwa, ariko...
Mu gihe igice kinini c’abatwa bo ku Buterere babeshejweho n’ivyo batoratora mw’iyarara, ubu abatari bake muri bo bemezako ico kibanza bagiye kugiheba...
Ikete rya mbere rya Njebarikanuye ryerekeye ubusuma n’ubunyonyezi bwigize ndanse mu bisagara. Banyagisagara benewacu nkunda cane, Mbaje kubaramutsa ndabifuriza umwaka mushasha wa...