I Bujumbura hari ubunywero bumwebumwe iyo amasaha amwamwe ageze usanga bwiharijwe n’abagore gusa. Hagati y’isaha icumi n’imwe z’umuhingamo n’isaha imwe y’ijoro, abavuye...
Abakozi bakorera amashirahamwe ajejwe gusukura igisagara ca Bujumbura baritabariza mu gusaba ababakoresha ibikoresho vyo kwikingira ku mazuru eka mbere bagahabwa n’ibibakingira mu...
Mu Buterere, zone iri mu gisagara ca Bujumbura, hibonekeza igitigiri kinini c’abana bo mw’ibarabara kubera utwo batoratora mw’iyarara riri muri iyo zone....
Kuryamana n’umwigisha wawe kugira ngo uronke amanota meza, ni uburyo abanyeshure bamwe batoye. Biriyamirizwa naho bigoye kuranduranwa n’imizi. Abayobozi ntibiyobagiza ko iyo...
Abanyagihugu bo ku Mugoboka ya mbere barahagaritswe umutima n’ikimanga kidasanzwe giheruka kwaduka aho hantu. Carimburuye ibarabara, amazu y’ abantu asa n’ayahagaze kuri...