Abaganga bavura iyo ngwara ni 2 gusa mu gihugu kirimwo abantu bababa imiriyoni 12. N’imashini zifasha mu kuvura iyo ngwara, ntizikwiye. Abagwayi...
Gushika isaha umunanini z’umuhingamo, ku munsi wa mbere w’iminsi 30 yahariwe isekeza Ndakira sinandura kandi sinanduza Coronavirus, ibibanza vyateguriwe kwakira abipfuza gupimwa...
Muri ino minsi abanyagihugu batari bake bari bamaze igihe badebukiwe mu bijanye n’ugukurikiza ingingo zo kwikingira Covid-19, irasubiriye kuvyura umutwe : abantu 40...
Abagendera umweha w’uburovyi wa Rumonge na Muguruka baratewe impungenge n’uko bashobora kwadukwa na za ngwara zituruka kw’isuku rike bitewe n’ikena ry’utuzu twa...
Anne Niyera afise imyaka 22. Uwo mwigeme w’ijwi ryiyoroheje yaraye atowe, yavukiye mu ntara ya Gitega, muri karatiye Magarama. Asigaranye umuvyeyi umwe....
Abakenyezi bibungenze bangana ibice 57,3% ni bo bonyene bitabiriye igice ca mbere c’isekeza ry’indwi yahariwe amagara meza ku muvyeyi n’ikibondo ryabaye mu...
Kuva kuwa 18 gushika kuwa 20 Munyonyo, mu ntara ya Gitega, ishirahamwe mpuzamakungu SFCG-Burundi, rifashwe mu mugongo n’ikigo USAID, mu mugambi « Tuyage »,...
Nzokirantevye Kosima ni ryo zina ryiwe. Ni umurimyi mworozi. Aba muri zone Mutoyi, komine Bugendana, intara ya Gitega. Yakuze akenye cane. Nkako,...
Gusubiza ijambo intahe yo ku mugina ni umwe migambi yihutirwa umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayisimiye yashikirije ko agiye kurangura vuba. Tugaruke kuri...
Gutera intobo vyakorwa n’abatama ba kera. Ntikwari ukuzitera mw’ivu. Bazinuga abakazana babo nk’ikimenyetso c’uko bipfuza ko bayaga akayago k’abakuze (baryamana). Uwo mugenzo...