Inyuma yaho ubutegetsi bw’Ubufaransa n’ubw’Urwanda bwari bumaze igihe kinini burabana nabi kubera Kigali yagiriza Paris ko yagize uruhara muri jenoside yo mu...
Abafise amaparasera mu mahegitari 160 yegereye ingoro y’umukuru w’igihugu, muri karitiye Gasenyi iri mu gisagara ca Bujumbura bavuga ko imizibukiro bemerewe kuronswa...
Za noti sumba zose zivugwa ko zanyurujwe zikabikwa mu masandugu atamenwa mu mazu y’abantu, zicitse ibipapuro. Inoti zishasha ziraje. Zije uko izahahora...
Mu Rwanda ngo hari abakobwa batacerekwa ikareso. Biyambarira uduhuzu tugufi, duhakwa kwerekana ibihimba vy’irondoka, ntibashiremwo agahuzu ko munsi, bagaca bihereza amabarabara, amabuno...
Hari ibintu biharawe mu bakobwa bamwebamwe aho usanga bashaka ko abahungu babafata nk’abana babo. Ico bashatse cose bagashaka ko barinda kugihabwa n’abahungu...
Abanyakenya 22 bararokowe mu rudandazwa rukorerwa abantu i Laos Abayobozi bo mu gihugu ca Kenya baragabisha abantu basaba ubuzi ku mbuga ngurukanabumenyi...
Ubu rero hari abakobwa basigaye bavuga ngo abahungu barahevye kugira ubugeni. Aho rero baba bafatira ku kuntu ata bahungu baronka bababwira imigambi...
Kuri uyu uwa mbere uheze igenekerezo rya 12 Nyakanga 2022, harabaye amatora y’abahuza bo ku mitumba mu Burundi bwose. Intumbero yayo ni...
Bamwe mu bagabo n’abagore cane cane bamwe bigira abasirimu, uza wumva bavuga ngo umuntu mwahoze mukundana ntimwohebana burundu kubera wubatse urwawe. Ahubwo...
Nta kazi kakiboneka mu bafundi bubaka amazu mu gisagara ca Bujumbura. N’aho kabonetse bahembwa intica ntikize. Ivyo bigaterwa n’uko abubaka amazu batakironka...