Mu gihe kw’isi hose, itariki 16 Ndamukiza yahariwe kugwanya ubunyagano bw’abana, (esclavages des enfants), mu Burundi, igikunze kwibonekeza, ni utwana duto tuja...
Ngo «Indero iva hasi», kandi «umuntu amenya ico yabariwe». Abavyeyi barakunze guhura n’ibibazo bibagora kwishura, aho abana bakiri bato bakenera kumenya vyinshi,...
Uyu mugabo wo mu ntara ya Kirundo amaze iminsi avugwa ku mbuga ngurukanabumenyi zitandukanye ku caha co kunyaga abantu agatako akabica akanabihambira...
Abubaka hakiri kare baracari benshi mu Burundi kandi buri mu rugamba rwo kugwanya umurindi w’irwirirana ry’abantu wabaye ndanse. None vyoba biva kuki ?...
Kugira bishike umuvyeyi avume umwana, biba vyageze kure, umwana yananiranye, impanuro zanse. Nk’ukwo tubiyagigwa na Didace Ndayikengurukiye, yanonosoye ivyigwa vy’inyifato n’imibano, umwana...
Abana bavukana impano zidasanzwe baribonekeza mu kibano, ariko kenshi ntibafatwa mu mugongo kugira bateze imbere izo ngabirano, mbere bakanabitukwa ngo bibabuza gukurikira...
Abavyeyi benshi boba babona abana babo babura akayabagu ku rugero rurengeye uko vyotegerejwe. Ngo baba bagwaye Anorexie, kandi ikaba ihuye n’ibibazo vy’inyifato....
Si agaseseshwarumuri, iyo ngendo ngo itunze abatari bake, babeshejweho n’akuya k’abana birigwa barasabiriza mw’ibaraba. Kandi ngo akanoti koba kaboneka. Iyo bavuze abana...
Bivuye ku gushaka kw’abavyeyi, abana b’abahungu baragenyerwa, rimwe na rimwe mbere bakiri inzoya, ibishika bakagira utubazo bivuye ko umubiri uba utaragera kwakira...
Ivyo vyamenyeshejwe mu birori vyo kwugurura icese uwo mugambi vyabereye ku mashure Mushasha I na II yo muri zone Gatumba kuri uwu...