Inyuma y’umugambi wo gukura abana basegerereza mu bisagara, benshi muri bo barasubijwe mu miryango abandi basubizwa mu ma shure. Muti none bigeze...
Abantu batari bake baranegura umuco w’abanyeshuri bo muri kaminuza y’Uburundi (« abapoils ») wo kwama bahagaze kw’ibarabara bagonze urutoke basaba « lift...
Sinzi ko mwumvise ibiharuro abashakashatsi babiri baherutse kwerekana: ku murindi Abarundi turiko wo kuvyara, tuzoba turi imiriyoni 75 mu myaka 80 iri...
I Bujumbura hari ubunywero bumwebumwe iyo amasaha amwamwe ageze usanga bwiharijwe n’abagore gusa. Hagati y’isaha icumi n’imwe z’umuhingamo n’isaha imwe y’ijoro, abavuye...
Ku myaka indwi gusa! Espérance niho yatangura gusoma ubwa mbere ku nzoga bita Camudiho, iyo nayo ni imwe mu nzoga zengerwa hagati...
Kw’igenekerezo rya 21 Ruheshi uko umwaka utashe, Uburundi bwama bwifatanya n’amakungu mu guhimbaza umunsi mukuru waharihiwe umuziki. Ivyo biri ukwo mu gihe...
Uko tugiye kubayagira si nk’uko tubimenyereye. Mu bisanzwe iyo Jimbere yishikiye gutororokanya amakuru, turerekana abantu batuyagiye, ibitigiri, amasanamu n’ibindi vyerekana uko ibijanye...
Kuva kera na rindi mu mico n’imigenzo y’abarundi harabaho umugirwa wo kwita izina umwana ndetse n’iminsi mikuru itandukanye ikahaba. Naho biri uko,...