Mu gihe igice ca kabiri c’umwaka w’ishure giheruka gutangura, amashure yo muri Mushasha afise ibibazo vy’utuzu twa surwumwe tuguma twuzura. Umunsi wa...
Mu bihe vy’imisi mikuru, canke imanza nyinshi, mu Burundi, hama hibonekeje ikena ry’ibinyobwa. Iruhande yo gukena, ibiciro vy’ivyo binyobwa biraduzwa aha n’ahandi,...
Mu gihe abantu badakorera ubuzi hafi y’imiryango yabo usanga bacanacanako baduga canke bamanuka mu miryango yabo mu bihe vy’iminsi mikuru canecane iya...
Birababaje guca ku muntu aryamye ariko arataka atakamba ko ashonje asaba uwomufasha ukamucako ukarengana. Ariko kandi birababaje gusumba kubona umuntu ariko aravundagara...
Hari ho imisore usanga umenga nta co ifise ikora, izindukira mu bibanza bimwebimwe vyo mu gisagara ca Bujumbura ariko ukabona yiyambariye neza,...
Kuki dutegura kurongora ata mahera dufise? Ubwo ntidutera ishishi abantu duterereza tubasaba ngo badushigikire? Kubera iki basi hoho tutonategura imanza zihuye n’ubushobozi...
Nimba hari umugirwa uhurumbiwe cane n’imisore yo mu karere k’uburaruko bw’Uburundi, ni uwo bita « kuvumba canke gutora ubusurira » aho umusore mugenzi...
Sasa rero, Njebarikanuye aje yiyamiriza umwanda uteye ishishi wibonekeza ku bubare bumwebumwe bwo mu bisagara kandi bavuga ngo n’ubwo abasirimu. Arababazwa n’ukuntu...
Muribuka ingene Njebarikanuye yari azananye amaswaga mu kwandika yivuye inyuma ahanura ku bijanye n’ibintu yakunda kubona aho abaye? Acumva ikiza c’umugera coronavirus...
Ime! Erega n’ubu mutembereye harya mwize utwo tujambo turacakoreshwa!Eka mbere namwe iyo muteramiye hamwe, usanga aritwo muyaga. Burya rero ni kwo vyama....