Kutaronka urukundo mu muryago, kuvuka nt’ubone abavyeyi, kw’ama abavyeyi barwana imbere y’abana, kubona umuvyeyi yama ataha yaborewe ugasanga rimwe rimwe yiyononyeko canke...
Buri muntu agira uwo akunze n’uwo yiyumvamwo. Igihe akunze ntakundwe canke agahemukirwa n’uwo yarakunze birashobora kumutera akabonge. Ivyo bikunyuka igihe uwo bishikiye...
Abarenga gato 700 nibo bafashwa n’ishirahamwe OIDB buri mwaka mu kugurirwa ibikoresho kubanyeshure hamwe no mu kwandikishwa mw’ikomine kubana bakivuka n’ibindi… Bamwe...
Mu gihe abavyeyi baba bahagaritse kwambika umwana ivyo kugumya umukoyo, aho twovuga ivyahi canke ama « pampers » hanyuma umwana akabandanya yonona aho aryamye...
Mu kigo c’urwaruka ‘Centre Jeunes Kamenge’ hariko harabera ibikorwa vyo mu ci ku rwaruka ruri mu kiruhuko (camp de travail mu gifaransa)...
Mu gihe c’ici abana bose biga mu mashure yaba matoyi canke ayisumbuye bararuhuka ikiringo c’amezi 2. Muri ico gihe nyene udukorwa dutandukanye...
Mu gihe umwana wese afise uburenganzira bwo kugira umuryango, gukundwa no kwitabwaho, abavuka ku « gisida », benshi bita kuvyarwa hanze canke...
Ku mbuga ngurukanabumenyi zitandukanye ugira gutya ukahasanga imyidogo iguma inebagura yongera ihanura aba ba « comefrom » baza kuruhukira mu gihugu c’amavukiro bazaniye benewabo,...
Mu gihe c’ikiruhuko co muci, hariya ruguru mu mitumba, hari inkino zitandukanye, n’ibikorwa biryohera abana. Ukwo ibihe bigenda birahinduka, ni kwo n’ibiryohera...
Abana twavukiye mu gisagara canecane abo mu gisagara ca Bujumbura, nta kibazo co kurya amafaranga dufise. Oya pe. Kukabankako twayavukiyemwo. Iyo uri...