Uruhara rw’umukenyezi mwirimizi ni ntangere mw’iterambere ry’umuryango n’iry’igihugu kandi ni uwo gushigikirwa. Vyashikirijwe n’umushikiranganji w’agateka ka zina muntu, imibano n’iterambere ridakumira mu...
Kw’igenekerezo rya 4 Nyakanga 2019, inzu y’amanama ya Croix Rouge Muramvya yari yanishe, yakira urugendo rwo kumenyekanisha igitabu « Abakenyezi b’Intwari bibagiwe ». Mu...
Kw’igenekerezo rya 06 Nyakanga 2019, mu Cibitoke ni bo bakiriye igitabu « Abakenyezi b’Intwari Bibagiwe ». Ibirori vyabereye muri komine Buganda, kw’isoko yo mu...
Kw’igenekerezo rya 11 Nyakanga, igitabo « Abakenyezi b’intwari bibagiwe » cari kigeze mu ntara ya Kirundo. Ba bakenyezi b’i Karusi Koreta Ndaruzaniye na Mariya...
Kw’igenekerezo rya 10 Nyakanga 2019, « Abakenyezi b’intwari bibagiwe » bari bageze mu ntara ya Muyinga. Abahutukazi Mariya Roza Nicimpaye na Koreta Ndaruzaniye b’i...
Mu gihe aho ico gitabu cagiye kiracishwa mu ntara zitandukanye cerekwa abantu bose, mu ntara ya Kayanza cashikiriye urwaruka rw’abanyeshure muri komine...
Mu ntara ya Bubanza, ico gitabu cahashitse kw’igenekerezo rya 5 Nyakanga. Ba bapfasoni Mahwera Georgette na Mariam Ndayisenga ni bo babandanije gushinga...
Nimba abakenyezi b’imboneza bo muri komine Ntega iri mu ntara ya Kirundo barashoboye gutsinda ubwoba bakishira hamwe mu kurangura imigambi, ntivyizanye, ni...
Kw’igenekerezo rya 11 Mukakaro, igitabo cari kigeze mu ntara ya Gitega. Abakenyezi baho ngo bazobumbatira amahoro nk’uko Eugénie Bancako na Zenayidi Nagashira...
Ni urwaruka hamwe n’abakenyezi bamaze gutahura ko iterambere ryo mukibano cabo rizova mu bwitange n’inguvu zabo. Ezéchiel, Innocent, Violette na Saïdati ni...