Kw’igenekerezo rya 9 Mukakaro 2019, « Abakenyezi b’intwari bibagiwe » bari bishikiye mu ntara ya Ruyigi. Abato n’abakuze bose biyemeje guharanira amahoro bahereye aho...
Ibihe vyarahindutse. Aho ha mbere umukenyezi yarazwa ishinga n’ugushira inkono ku ziko gusa. Turi muri kanyosha Rural iri mu ntara ya Bujumbura...
Ubushurashuzi, inda z’indaro, amabi afatiye ku gitsina, ubuhabara, ni bimwe mu bizira bidatinya kugera umutwe ikomine ya Butaganzwa. Naho biri uko, Seconde...
Ku myaka yiwe 50, uwo mukuru w’umutumba wa Bigoma wo muri komine Kanyosha ya rirare, amaze imyaka 15 mu rugamba rwo kugwanya...
Mubajije abenegihugu bo muri komine Butaganzwa yo mu ntara ya Kayanza ico bazi ku mazina nka Emmanuella, Godebert, Seconde canke Daphrose: bazobishura...
Godeberte Sindayigaya, imboneza akaba anarongoye ishirahamwe Gir’umwete, aboneka neza kubw’ibikorwa bw’iryo shirahamwe ryamaze kwishiriraho ihangiro ryo : « Kunywanisha abantu bari mu...
Ni ijisho ry’ishirahamwe Dushirehamwe mu Kanyosha. Uwu rero, ni Donavine Bigirimana, we ahindura ubuzima bw’abapfakazi barenga ijana. Akunda gukora kandi avyiyumvamwo, Donavine...
Inyuma y’amezi 12 aheze batanguye umugambi w’uburongozi bwiza bw’abakenyezi, Kanyosha yisanze irimwo abakenyezi b’imboneza bashobora guhangana n’ingorane ziziziye ikibano cabo. Ni amakuru...
Intara ya Kayanza ifise abantu baharurirwa mu bihumbi amajana umunani, abo bagatuma iyo ntara ija mu rutonde rw’intara zitatu mu Burundi zibamwo...
Mu nyigisho zatanzwe n’amashirahamwe Dushirehamwe na CPAJ mu mpera z’ukwezi kwa nzero, abakenyezi bo mu Bugabira barerekanye ko bipfuza kumenya vyinshi ku...