Jimbere

ikirundi French English
Itororokanirizo ry'ivyatohojwe

Mubimbi na Ntega: urwaruka n’abakenyezi b’imboneza baritwararika iterambere

Ni urwaruka hamwe n’abakenyezi bamaze gutahura ko iterambere ryo mukibano cabo rizova mu bwitange n’inguvu zabo. Ezéchiel, Innocent, Violette na Saïdati ni bamwe mu mboneza zitanga kubw’iterambere z’amakomine yabo. Mur’uru rukurikirane rw’amakuru yanditswe n’ikinyamakuru Jimbere gifashwe mu mugongo n’ishirahamwe SFCG, mu mugambi wo gufata mu mugongo abakenyezi b’imboneza b’ubu n’abo muri kazoza mu ntumbero yo gusasagaza amahoro mu Burundi, muribonera ubutwari izo mboneza zerekana mu kibano.

Urwaruka rwo mw’ishirahamwe CPAJ rwaratahuye ko kwibeshaho bishoboka

Iyo ibibazo bikomeye, haseruka abakenyezi b’ijunja n’ijambo

> Violette Mukagatare, uwanaguye amashirahamwe

> Saïdati Iradukunda umupfasoni w’intangarugero, icitegererezo ca bagenzi we

> Urwaruka rw’i Mubimbi rusibura ibarabara, ruca n’inzira y’ubuzima bwa rwo

> Ezéchiel w’i Mubimbi : Ku mashure yiwe atandatu, yashoboye gutanguza isamirizi «Impano»

Sabikanya kuri
Click to comment

Leave a Reply

Votre adresse e-mail ne sera pas publiée. Les champs obligatoires sont indiqués avec *

Ce site utilise Akismet pour réduire les indésirables. En savoir plus sur la façon dont les données de vos commentaires sont traitées.

To Top