Médiatrice Mukantara, umwe mu bari mu nyigisho zatunganijwe n’ishirahamwe Dushirehamwe na CPAJ, yashize ku mutima igisata kimuhanze : Ukurwanya umugera wa Sida...
Mu Kayanza, ikibazo co gucikiza kirateje isibe neza na neza muri komine Muhanga. Naho biri uko, hari abakenyezi nka Anitha Nkengurutse, Fabiola...
Benshi bazokubwira ko igwiririkana ry’abantu ryibonekeza mu ntara ya Kayanza ari ingorane ikomeye cane. Kukaba nkako, nta buhumvyi burimwo. Ariko n’ubwo biri...
Kw’igenekerezo rya 23 Mukakaro, harabaye ibirori vyo kwerekana igitabo « Abakenyezi b’intwari bibagiwe ». Abafashe amajambo bose barakeje Christine Ntahe yacanditse, banahimbarwa...
Imvugo y’uwu mukinyi w’ivyese w’umunyamerikakazi Rita Rudner si yo, aho yavuze ngo: «Abagabo barigirira icizere muri bo kuko bakura biyumva ko ari...
Bose bari mu myaka itandukanye, Abakenyezi bo muri komine Nyabiraba baramaze kubona ko kazoza kabo kari mu bikorwa vy’iminwe yabo. Ibi biri...
Alphonsine, Donatien, Helmenegilde ni abakiri bato batatu baboneka mu bikorwa bitandukanye. Babonekera cane mu bikorwa barangurira mw’ikomine yabo ya Rugazi, barabera urundi...
Bose ni abakenyezi bo mw’ishirahamwe Dushirehamwe, bagize umugwi w’intamenwa mu ntumbero yo guteza imbere umukenyezi wo mu Rugazi, kuko umukenyezi wo mu...
Kw’igenekerezo rya 4 mukakaro 2019, « Abakenyezi b’intwari bibagiwe » bishikiye mu ntara ya Karusi. Uretse ko benshi mu bitavye bari bamaze kubona umupfasoni...
Kw’igenekerezo rya 28 Ruheshi, « Abakenyezi b’intwari bibagiwe » bishikiye mu ntara ya Rutana. Abatware n’abatwarwa barakengurutse cane. Biyemeje kubafatirako akarorero. «...