Uganda : Yoweri Museveni, asanzwe aramutswa ico gihugu ngo ashobora kwiyamamaza mu kibanza c’Umukuru w’igihugu mu matora yo mu 2026. Ivyo vyashikirijwe na...
Uganda: « Reta nta buryo ifise bwo kwongereza imishahara y’abakozi bayo », Kenya: isanganya ry’umuriro ryahitanye abantu 3, abarenga 250 barakomereka, Rwanda: hari umugabo...
Muri RDC abanyeshure bagiye kwiga k’ubuntu gushika mumwaka w’umunani w’amashure y’isumbuye, Urwanda rwiteguriye gusubiza amafaranga rwahawe mu mugambi wokwakira ku butaka bwarwo...
Tanzania: abaporisi 20 baciriwe gupfungwa imyaka 20 kubera akarenganyo bakoze Abo baporisi harimwo n’intwazangabo bagirizwa kuba barakoreye intebo ishushe umwigisha, mu gutegura...
Abanyarwanda bivuza ingwara zo mu mutwe birwije na kabiri, mu myaka 5 iheze Abitura amavuriro bashaka kwivuza ingwara zo mu mutwe bagenda...
Kenya : Hayagwa abatavuga rumwe n’Umukuru w’igihugu William Ruto bamwagiriza ko yonona ubutunzi bw’igihugu mu kuja arafata ingendo mu mahanga yitaba amanama mpuzamakungu...
Erik Mwanga afise imyaka 19, yatemye Se wabo Isawafo Mwanga w’imyaka 47, amwagiriza kuba yaramaze igihe agendana na nyina, nyuma yaho yomotse...
Gusaba imbabazi hagati y’ibihugu vy’Ubudage na Tanzaniya, Ikurwaho rya Visa ku banyafrika binjira mu #Rwanda, amatora mu gihugu ca Kongo, ni amwe...
Muri RDC havugwa ubunyonyezi mu bijanye n’uburyo bwakoreshejwe mu nkino za «Francophonie », Uganda naho uwiyahuye inyuma yo guhomba imiriyoni 6 bivuye mu...
Muri RDCongo, abasoda ba Monusco b’abanya Afrika y’epfo barirukanywe bagirizwa ubusambanyi. Muri Kenya naho bati hagire ibihugu bikora gishingantahe birihire ibihugu vy’Uburundi...