Mu gihugu c’Urwanda hari umugambi wo kwubaka ishure ry’akarorero rizigisha ibijanye n’ugutwara indege no kuzikora mu gihe ziba zagize ikibazo. Muri Kenya...
Mu gihugu ca Uganda havugwa umugore yashurashujwe n’abagabo 15 mu mwanya umwe. Na yo muri Tanzaniya, umunyamahanga yafatanywe ikarata karangamuntu atabifitiye uruhusha...
Habib Nsikonenne ni umugwizatunga wo mu gihugu ca Uganda mu gace kitwa Mukono akaba yamenyekanye ku munsi w’ubugeni bwiwe aho yubakanye n’abagore...
Muri Uganda, imiti yo gufufahaza umugera wa Sida yaragaburiwe ingurube n’inkoko kandi ngo bishobora kugira ingaruka ku magara y’abafunguye inyama z’ibikoko vyayiriye....
Muri Tanzania havugwa amakuru y’umuririmvyi Diamond yagirizwa kuba yifatiye mu gahanga abagore bigeze gukundana baranavyarana. Mu gihugu c’Urwanda naho harabaye ibirori vyo...
Igihugu ca Somalie kigiye kwinjira muri EAC. Abitabiriye ibirori vyo gusozera ‘Giants of Africa’ barahawe amahirwe yo kuzosangira na Davido na Tiwa...
Uganda: integuro y’itegeko rigenga amafaranga ya Reta rizosubirwamwo inyuma y’ibihano vy’ibanki y’isi Kubera gushiraho ibihano bishobora kugera ku munyororo wo guherayo ku...
Mu gihugu ca Uganda ibitigiri vy’abagabo bashaka ko bakorerwa ibipimo kwa muganga kugira bamenye nimba vy’ukuri ari ba se w’abana babo bibandanya...
Perezida wa Uganda n’umuhungu wiwe Muhoozi bagirizwa ivyaha vyo gusinzikariza ubuzima abatavuga rumwe nabo muri ico gihugu, bakaba baritwariwe muri Sentare mpuzamakungu...
Muri Uganda : « Rolex » yaduze igiciro. Imodokari 3 zarahiye ziratokombera mw’isanganya ry’umuriro mu Rwanda. Muri Kenya, abantu 6 barahitanywe n’imyiyerekano yo kwiyamiriza iduga...