Umwimbu w’ikawa ishoka hanze wabonetse mw’isizeni ya 2021-2022 ungana n’amatoni 6.490,662 Iyingana n’ibice 95,8 % niyo imaze kudandazwa ku mafaranga angana 26.025.454...
Mu mwaka wa 2021, vyari bitegekanijwe ko ikigo ANAGESSA gikoresha imiriyaridi 34 Fbu mu bikorwa vyose bijanye no kugura no kubika umusesekara...
Elvanie Ntahizaniye (uyo yambaye impuzu y’icatsi kibisi kw’ifoto), imyaka 33, aba ku musozi Mugege, komine Butaganzwa, mu ntara ya Ruyigi. Ubuzima bumaze...
Umuceri n’igiterwa gikomeye mu Burundi, ntasubirizwa mu vyo abantu bafungura buri munsi. Ico gifungurwa kikaba kiza ku mwanya wa kabiri nyuma y’ibiharage...
Icayi ni kimwe mu biterwa njabukamazi abarimyi bada-hurumbira cane bivanye nuko agahembo bakuramwo ari intica ntikize. Abarimyi baragerageza kuja hamwe bakagira amakoperative,...
Ikawa ni co giterwa njabukamazi ca mbere cinziza ama-hera menshi y’agaciro mu Burundi. Ariko n’ubwo biri ukwo, abarimyi b’ico giterwa, baba abahurikiye...
Inyuma y’imyaka 6 uwo mugambi wari umaze ukora, hatunganijwe kuri uyu wa 6 Kigarama, mu nyubakwa zimigambi ifatwa mumugongo nikigega mpuzamakungu citaho...
Mu Burundi ibiharage biri mu biterwa birimwa cane ufatiye ku buringanire ibiterwa birimwako. Ikigo ISTEEBU cerekana ko mu mwaka wa 2019, ico...
Kw’igenekerezo rya 13 Myandagaro 2021, ni ho ibanki y’uburimyi BCAB yigina umwaka imaze iri ku kivi. Uwo munsi wabaye uwudasanzwe kuko haciye...
Igiterwa c’ibiharage kiri mu mugwi w’ibinyamukerera kirimwa mu ntara zose z’Uburundi. Ibiharage biharimwa biri mu bwoko 3: ibiharage bigufi bitagira imitwe, ibiharage...