Amayagwa avuga ibijanye n’ Uburundi bwa ba sokuru aha ikibanza kinini ubworozi bw’inka ivyo bigatuma tutitwararika kumenya akamaro k’uburimyi n’ikibanza bufise mu...
Mu bona gute hamwe twotereza akajisho ku bifungurwa bitekwa ku mashure y’uburaro, ku mashure y’akarorero, mu bigo vya Kaminuza canke vy’igiporisi n’igisoda?...
Ngozi ni igisagara ca gatatu mw’iterambere aha mu Burundi inyuma y’igisagara ca Bujumbura na Gitega. Abashaka gufungura ntibavunika iyo bari mu gisagara...
Ku murwa mukuru mushasha w’Uburundi, ivoka ni irya mbere. Ni icamwa gifungurwa n’abantu benshi baba abo mu gisagara canke abo mu mitumba....
Kiretse ibiterwa bimwe bimwe biri mu mugwi w’ibinyamikerera nk’ibiharage bisanzwe bitarinda amazi menshi, umwimbu w’agatasi k’umwaka wa 2019-2020 wagenze neza nk’uko vyemezwa...
Imfungurwa z’umurundi wo hasi, wo mu mitumba ya kure nka za Muruta, Bugabira, Cankuzo canke Giheta zitandukaniye ku tuntu duto. Bakunda gufungura...
Isizeni ya 2019-2020 buca irangira aho bukera mu kwezi kwa Ntwarante, yibonekejemwo umwimbu muke: amatoni 47 845,6 Ku yababa 75 930 yari...
Inyuma y’amezi atatu abarimyi bashikirijwe ibijanye n’imyiteguro ya reta yari igamije gutunganya neza irima ry’agatasi, hafatiwe kandi ku ngendo zagizwe n’ubushikiranganji hamwe...
Mu gihe ubushikiranganji bw’ibidukikije, uburimyi n’ubworozi buheruka gukwiragiza ya fumbire ihingurirwa mu gihugu c’Uburundi yo mu bwoko bwa Fomi, ishwagara yo mu...
Kw’igenekerezo ryo ku wa 1 Gitugutu uko umwaka utashe, isi yose irahimbaza umunsi wahariwe igiterwa c’ikawa. Ubu rero, uwo munsi ushitse humvikana...