Hafatiwe ku matoni 14 000 y’ikawa ishoka hanze yitezwe muri iyi sizeni, hamaze kudandazwa ikawa ku rugero rungana na 63%. Vyashikirijwe na...
Umugambi wa Reta PAIFAR-B ufashwe mu mugongo n’ikigega mpuzamakungu citaho iterambere ry’uburimyi FIDA uje ari inyishu ku bantu b’abakene ruhebwa. Uyu mugambi...
Urwego rwa Reta ODECA rujejwe kunagura igisata c’ikawa, rukukira Ubushikiranaganji bw’Uburimyi, Ubworozi n’Ibidukikije rugiye kwama rurungika abahinga barwo bafashanya n’abakorera mu gisata...
Amashirahamwe menshi yaba aya Reta canke mpuzamakungu aheruka gushira ahabona ibitigiri vyerekana ko mu Burundi hari ikibazo co gufungura nabi. Ikibazo co...
Amayagwa avuga ibijanye n’ Uburundi bwa ba sokuru aha ikibanza kinini ubworozi bw’inka ivyo bigatuma tutitwararika kumenya akamaro k’uburimyi n’ikibanza bufise mu...
Umwimbu mwiza, umutekano hamwe n’uburenganzira bwo gushobora gufungura, kugira uburenganzira kuri vya nkenerwa, gukorera isi ndimwa, ibijanye n’ibitsina hamwe n’urwaruka, … bikeneye...
Ni kubera iki bahurumbira igisata c’uburimyi? Vyoba ari vyiza cane twishuye ico kibazo dukoresheje ibiharuro vyavuye mu vyigwa vyakozwe. Muri iyi inkuru...
Ku wa 3 Mukakaro 2020, Ubushikiranganji bw’Uburimyi, Ubworozi n’Ibidukikije bwaratunganganije inama yahuje abakozi bose, i Gitega, mu ntumbero yo kugira umwirimburo w’ivyaranguwe...
Abanyagihugu bo mu ntara za Muyinga, Kirundo n’ahandi barishimira cane umwimbu baronka kubw’umwavu bakoresha bimba mu binogo vy’utuzu twa surwumwe iyo bimaze...
Umushikiranganji w’ibidukikije uburimyi n’ubworozi Déo Guide Rurema amenyesha ko muri rusangi ifumbire yo mu bwoko bwa «imbura», «totahaza» na «bagara» imaze gushikanwa...