Muri Uganda isabukuru ya Jenerali Muhoozi yarayazwe ryongera rirayagwa Isabukuru y’imyaka 48 ya Jenerali Muhoozi Kainerugaba, imfura ya Yoweri Museveni arongoye igihugu...
Urwanda rwoba rugiye kwakira abimukira barondera ubuhungiro mu gihugu c’Ubwongereza Umushikaranganji mu vyo ajejwe harimwo imigenderanire w’igihugu c’Urwanda, Vincent Biruta ari...
Hagiye kubaho imigwi ku mitumba y’abenegihugu bumviriza amaradiyo, basoma ibimenyeshamakuru, bakurikirana tereviziyo bagahanahana ivyiyumviro ku biganiro bishikirizwa kandi inyigisho bakuyemwo bakazisangiza abandi...
Umugambi Merankabandi warafashije kuva mu bukene imiryango y’abantahonikora 14.456 yo mu ntara ya Karusi n’iyindi 13.515 mu ntara ya Ruyigi ifise abana...
Repubika iharanira Demokarasi ya Kongo yarinjiye mu muryango wa Afrika y’Ubuseruko Muri rino yinga turangije, inkuru yavuzwe cane mu karere ka Afrika...
Si ukuyica umurya, inyubakwa zishaje, izigeramiwe n’isuku rike, ziribonekeza muri kaminuza y’Uburundi. Haba mu kigo co ku Mutanga, mw’i Rohero canke i...
Ishirahamwe Action Aid, rifadikanije na Reta y’u Burundi hamwe n’ishirahamwe mpuzamakungu ryitaho ineza y’abana UNICEF, barasozereye ibikorwa vy’umugambi « Merankabandi » mu ntara ya...
Hari ku wa 19 Ruhuhuma 2021, aho ishirahamwe Soprad caritas Ruyigi ryashikiriza ku mugaragaro ibikorwa ryaranguye biciye mu mugambi « Twese hamwe duhangane...
Kuva ku wa 14 gushika ku wa 15 Kigarama 2020, umugwi w’amashirahamwe y’urwaruka yaserukiwe mw’ikoraniro ridasanzwe CIPD25, ryahuje ibihugu bitandukanye i Nairobi,...
Mu gihe Umushikiranganji w’Uburimyi, Ubworozi n’Ibidukikije kuri uwu wa 8 Kigarama i Gitega yariko arashikiriza abarundi na canecane abarimyi b’ikawa hamwe n’abakorera...