Si agasesehwa rumuri, ikibazo c’abigeme b’abanyeshure batwara inda kiriho mu Burundi. Kandi bigira ingaruka mbi ku bigeme kuko bamwe baraheba kwiga burundu,...
Isereruka ry’umugambi Menyumenyeshe mu rwaruka ruri mu mashure ryaruhaye kumenya ico ruri, ivyo bituma rwihesha agaciro, abahora bagendera mu ngeso mbi baraziheba,...
Iron & steel Burundi ni rimwe mu mahinguriro akora ivyuma vyizerwa n’abaguzi kandi vyinshi kuko rishobora guhingura amatoni mirongitatu y’amaferabeto ku munsi....
Gute dushobora kuvuga ibikorwa bijanye n’uburimyi tutishikiye iyo bikorerwa ngo tugumize ku muzirikanyi ivyipfuzo vya benshi nkuko ikinyamakuru Jimbere kidahengeshanya kubigira? Kuki...
Ni urwaruka hamwe n’abakenyezi bamaze gutahura ko iterambere ryo mukibano cabo rizova mu bwitange n’inguvu zabo. Ezéchiel, Innocent, Violette na Saïdati ni...
Intara ya Kayanza ifise abantu baharurirwa mu bihumbi amajana umunani, abo bagatuma iyo ntara ija mu rutonde rw’intara zitatu mu Burundi zibamwo...
Imvugo y’uwu mukinyi w’ivyese w’umunyamerikakazi Rita Rudner si yo, aho yavuze ngo: «Abagabo barigirira icizere muri bo kuko bakura biyumva ko ari...
Mu rukuririkirane rw’ivyo tubandanya kubashikiriza bitandukanye biri mu Burundi, ikinyamakuru Jimbere caragize amatohoza ngo kimenye neza congere kibashikirize n’ibindi bijanye n’inyifato y’abakenyezi...
Mu kiyaya c’Imbo, ingo zirubakwa canke zigasambuka bivanye n’igihe umuceri wereyeko. Inkurikizi ntizibuze: abagabo benshi barata ingo, abagore bagasigara bifumbereje, abana bakaba...