Umwuga w’abanonosoye irondoka rijanye n’amagara meza (Sages-femmes) umaze imyaka 17 mu Burundi. Kuva ubayeho abakenyezi bapfa bariko baribaruka bagenda baragabanuka. Bavuye ku...
Igihugu ca Kongo carahagaritse ingendo z’indege z’ishirahamwe RwandAir zigira muri ico gihugu, i Namugongo aho bibuka abamaratiri b’i Buganda, bose ntibari bazanywe...
abanyatanzaniya bahamagarirwa kwikingira « Variole du singe », muri Uganda abaforoma bari muri yegereyegere… Abaforoma bo muri Uganda bari muri yegeregere kubera...
MSF muri Ouganda mu gikorwa co kugarukira impunzi zituruka muri Congo, Tanzaniya igiye gutanguza ubuhinga bwa 5G… Bamwe mu bimukira binjiye mu...
Bigirimana Clément umunyamabanga ntayegayezwa w’urwego nshingwakirundi avuga ko mu vyo urwo rwego rujejwe harimwo uguteza imbere ikoreshwa ry’ururimi rw’ikirundi mu nyigisho z’igice...
Igihugu ca Ouganda ciyemeje gutanga amatoni y’isukari 10.000 kuri Tanzaniya Mu masezerano ivyo bihugu vyompi vyaraye biteyeko umukono ku bijanye no gufashanya,...
Ubwoba bwa Ebola muri RDC, umushikiranganji w’imicokama n’akaranga yakuwe mu Rwanda… Hagiye gucukurwa igitoro kitari gike muri RDC Ubushikaranganji mu vyo bujejwe...
Ku ncuro ya mbere mu Burundi, ibanki Bancobu yararonkejwe icarimwe impapuro 3 (certificats de conformité aux normes ISO) zemeza yuko ikora neza...
Mu gihe rusansuma iheruka kuba mu mwaka w’i 2008 iyobowe n’ikigo ISTEEBU yerekanye yuko ibice 65 vy’abarundi bari musi y’imyaka 25. Ishirahamwe...
Yapfunzwe yagirizwa gusambanya abakobwa biyamamariza kuba MissRwanda Uwo ni Ishimwe Dieudonné batazira Prince Kid yari asanzwe arongoye Rwanda Inspiration Back-up itegura ihiganwa...