Ukwambara ibidede mu nda ku bakenyezi canke ku bigeme ntibibonwa kumwe kuri bose. Bamwe ngo ni ubushirasoni kuko vyerekana ko ababwambara bidandaza...
Kuronka ibinyobwa vya Brarudi ni ikibazo. Aho bibonetse na ho barabisahuranwa, hari n’aho batonda imirongo kugira baronke ico banywa kandi ugasanga n’ibiciro...
Ikiza c’ingwara itaramenyekana imaze guhitana abantu 30 muri RDC, muri Kenya abaganga bashika 5 barapfuye biyahuye mu mezi abiri aheze. Mu gihugu...
Ibice 33% vy’abanywa inzoga muri Uganda bazinywa iminsi yose. Ubu umuryango wa Afurika y’Ubuseruko uramutswa Perezida wa Kenya, haravugwa kandi muri Kenya...
Mu makuru yaraze iyinga iheze, haravugwa abanyeshure 15 barahagaritswe n’igiporisi kubera gutera akajagari no guturira inzu y’umwe mu barezi muri Tanzaniya, ibiciro...
Muri Kenya hari umugabo yagandaguye umugore wiwe abana barorera aca yishikana ku gipolisi Ivyo ni ivyabereye mu kigwati Iravari mu ntara ya...
Ubwo nibwo buzima bw’imwe mu miryango 1025 yomorwa n’amazi mu Gatumba, ubu ikaba iri mw’isite ya Gisagara muri komine Mubimbi, aho imenyesha...
Muri Uganda, itegeko rigenga gukingira ibikorwa vy’abaririmvyi ribwirizwa kuba ryagiye mu ngiro imbere y’iminsi mikuru irangiza umwaka wa 2024, Igihugu ca Kenya...
Urwaruka rutari ruke rwibaza ko mu mibonano mpuzabitsina, abakobwa babemera kubera amasaha menshi bakoze. Ivyo na vyo kugira bikunde bibwira ko gufata...
Abanonotsi batatu ba RDCongo muri batandatu bari bitabiriye amahiganwa ya Jeux Olympiques 2024 baraburiwe irengero, mu Rwanda, Paul Kagame yararahiriye gutwara manda...